Accueil > Amakuru > u Burundi > Icegera c’umukuru w’igihugu c’Ubushinwa yitezwe i Bujumbura
Icegera c’umukuru w’igihugu c’Ubushinwa yitezwe i Bujumbura
samedi 6 Rusama 2017, par
Icegera c’umukuru w’igihugu c’Ubushinwa, Li Yuanchao, aritezwe mu Burundi ku magenekerezo ya 6 gushika kuwa 12 Rusama, aho azoba ari mu rugendo mu bihugu bitatu vyo muri Afrika.
Nk’uko vyashikirijwe na Geng Shuang, umuvugizi w’ubushikiranganji bw’Ubushinwa bujejwe imigenderanire n’ibindi bihugu, icegera c’umukuru w’igihugu c’Ubushinwa azogendera ibihugu vy’Uburundi, Tchad hamwe na Sénégal.
- Li Yuanchao, icegera c’umukuru w’igihugu c’Ubushinwa
Ibizovugirwa muri urwo rugendo azogira mu Burundi tuzobigarukako mu makuru yacu yo hanyuma.
IGIHE
Messages
6 Rusama 2017, 09:04, par Mediator
DD kayibayeko, Peter Nkurunziza Chine imukuyeko amaboko, erega Nyakubahwa Kagame aherutse muri Chine kandi yabonanye na President wa Chine
6 Rusama 2017, 09:07, par Hutsi
Azaniye u Burundi iyindi Buruguri,genda DD wazanye akabi kabishe
6 Rusama 2017, 09:10, par Cobla Rouge
DD kayibayeko,HE Kagame avuye muri Chine,kandi yabonanye na President wa Chine, karabaye Peter Nkurunziza aba Chinois bamukuyeko amaboko
6 Rusama 2017, 09:25, par Wakera
Aje kwishuza Buruguri yarungikiye imbonerakure, interahamwe na FDLR!!! Baribazi ko ari iyagusa!!! Ariko arabura kuza yitwaje iyindi kuko inyaga z’imbonerakure ntizigera zihaga kuko n’amaraso y’abatundi ntizirsyahaga!!!
6 Rusama 2017, 12:09, par Safari
@ Wakera ndakwemera sana uri incabwenge,DD nta ciza izosiga atari imisozi itabaho abantu,imaze abanyagihugu ibica
6 Rusama 2017, 14:39, par Mututsimwiza
Wakera(alias HUTSI,cobla rouge,mediator). Ni ukuri uri igikwangari.
6 Rusama 2017, 17:17, par Hutsi
Hano twibereye muvyishimo nomukwitegurira kwakira umushitsi nimyiteguro yukuntu mumpera zuyumwaka presidance izokwonjirwa, nukuntu hagomba kwubakwa inyubakwa yakatarabaho ahajoze isoko nkuru Bujumbura, ivyovyose ubuchinwa bufisemwovyishi tuzokorana hariho nibindivyishi tugiye gukorana nubuchinwa harimwo ibarabara ryi train ubuchinwa burashaka kwiryobarabara rikorwa vuba vuba kubera kwifurizako uburundi bwokwikora kubutunzi Imana Imana yabuhayevyihuse kugira buve mukibanza burimwo bwokubaho busabiriza hafi 60% bivahanze butarose ivyobice bibamumfashanyo usanga ari amagume, ubuturashaka nimiburiburi tuzozeturasaba ubufasha bungana na 20% mumyaka 10 irimbere guhera muri 2025
AKOKAMUJERIRERO KAKORESHEJE IZINARYANJE KARATUMWANYA WAKO WUBUSA KUKO UMUGISHA WANJE NTAKORAKO NGONUKO MUKWANDIKA YAKORESHEJE IZINARYANJE URATUMWANYA WAWE WUBUSA.
6 Rusama 2017, 19:16, par ntiyaruzwa
kaze urisanze, abarundi twari twaripfuje umushitsi nkawe, ingo wereke pacifique kô natwe turi nabiwacu. RESPECT TO YOU NKURUNZIZA inzira waciye mwo mu gukura u burundi muri ba zana amagi zana amasoro "vive mugabe burundais /
7 Rusama 2017, 14:07, par Mwumba
@ Mututsimwiza uhaze Buruguri sha, uyisomeze amaraso mwirirwa murasesa
7 Rusama 2017, 23:07, par P.ANTOINE
TURAMUHAY’IKAZE .NAZE IMANA IMUJIMBERE .YIBONERE INGENE AMAHORO ASASAGARA,NIVYO BASUMIRINDA BAMA BABESHA NGO MUGIHUGU CACU HARIHO INTAMBARA NTIDUSUBIRINYUMA NKIBIRENGE DUTERA TUJIMBERE