IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Itunganwa rishasha y’ubushikiranganji bujejwe iyinjira ry’Uburundi muri (...)

Itunganwa rishasha y’ubushikiranganji bujejwe iyinjira ry’Uburundi muri EAC

mercredi 18 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Mu bindi iyo inama nshikiranganji iriko iriga kandi, harimwo ibijanye n’urwandiko rwekana uruhara rw’amakomine mw’itunganwa ry’itunga kama, integuro y’amasezerano y’ugufashanya hagati ya Reta ya Misiri hamwe n’igihugu c’Uburundi, hamwe n’integuro y’itegeko ry’umukuru w’igihugu rigenga urwego "ANACOPE" rujejwe kugenzura n’ugukurikirana amashirahamwe n’amakoperative.

Ivyavuye muri iyo nama nshikiranganji tuzobigarukako mu makuru yacu yo hanyuma.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.