IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Intwaro ibereye > Jean Bosco NTUNZWENIMANA:“Kubaka amazu ya Reta n’umwitwarariko wacu (...)

Jean Bosco NTUNZWENIMANA:“Kubaka amazu ya Reta n’umwitwarariko wacu ”

Wednesday 1 August 2018, by vianney

Mu kiganiro kubamenyeshamakuru kuruyu wa gatatu ariko ashikiriza ivyaranguwe mu mezi atandatu aheze,umushikiranganji wo gutwara abantu n’ibintu Jean Bosco NTUNZWENIMANA amenyeshako Reta yamaze gufata umugambi wo kwiyubakira amazu yayo kandi hariho ubushikiranganji hamwe n’ibindi bisata vya Reta gushika ubu bikorera mu nyubako zayo bwite.

Jean Bosco NTUNZWENIMANA yavuze ati: “Kubaka amazu ya Reta n’umwitwarariko kugira tuve muvyo gukota,turamaze gukora ibitari bike.”

Uyo mushikiranganji ajejwe gutwara abantu n’ibintu,ibikorwa vya Reta ,ibikoresho no gutunganya amatongo avuga kandi ko hariho amadosiye ajanye no kurondeza uburyo kugira hubakwe amazu ya reta barindiriye kw’icegeranyo cavyo kibashikira.


Vianney BIKORIMANA

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.