Accueil > Amakuru > u Burundi > Jean CIZA yagenwe gusubira kurongora banki nkuru y’igihugu
Jean CIZA yagenwe gusubira kurongora banki nkuru y’igihugu
vendredi 11 Myandagaro 2017, par
Jean CIZA agiye gutwara ibanki nkuru y’igihugu BRB (Banque de la Republique du Burundi) yari amaze imyaka 5 atwara kuva igenekerezo rya 9 Myandagaro 2012.
- Jean CIZA, umuyobozi mukuru wa Banki nkuru y’Uburundi
Vianney BIKORIMANA
Messages
11 Myandagaro 2017, 15:30, par Charlotte MWENYEWE
Félicitation mon chef!Imana mushobora vyose n’ ibakomeze ,ibahunde imigisha n’ imihezagiro!namwe ntimwirengagiza impfuvyi n’ abapfakazi.!Imana ibahe kuramba.!
12 Myandagaro 2017, 08:57, par Baka
@Charlotte MWENYEWE
Ubugabo burihabwa! Ubugore bukaba uko nyene!