IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Michel NURWEZE batazira "Rwembe" yirukanwe mu giporisi

Michel NURWEZE batazira "Rwembe" yirukanwe mu giporisi

jeudi 6 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Michel NURWEZE batazira "RWEMBE", yahoze ari icegera c’umukuru w’igiporisi mu ntara ya Gitega, yirukanwe mu giporisi. Iyo ntwazangabo ipfungiwe mw’ibohero rikuru rya Mpimba yagirizwa ivyaha bijanye n’uguhohotera agateka ka zina muntu.

JPEG - 110.4 ko
Intwazangabo mu giporisi c’Uburundi, Michel NURWEZE batazira "Rwembe"

Intwazangabo NURWEZE yagirizwa ivyaha vyo kugandagura abo yari ajejwe gucungerera umutekano, hamwe no guhohotera agateka ka kiremwa muntu. Mu vyaha yakurikiranwako, harimwo urupfu rw’umunyagihugu Leandre Bukuru, umunywanyi wa MSD yagandaguwe abanje gucibwa umutwe, bakawutora mu kazu ka surwumwe, umutumba nawo mu kindi kibanza.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.