IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > ’’ Mu bafashwe nta numwe yavuze ko yatumwe n’umunyaporitike.’’

’’ Mu bafashwe nta numwe yavuze ko yatumwe n’umunyaporitike.’’

mardi 13 février 2018

Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru,Pierre NKURIKIYE avugira ubushikiranganji bw’umutekano yamenyesheje ko abafashwe bose bariko bakora ibiciye kubiri n’amategeko kandi atawavuze ko yatumwe n’umunyeporitike.

Pierre NKURIKIYE avuga ko arico gituma buri muntu wese yafashwe ariko akurikiranwa ku giti ciwe bivanye n’amakosa yakoze.

Uwo avugira ubushikiranganji bw’umutekano atera akamo abantu bose kuhakura icigwa kuko hari abavuga ububeshi canke amajambo atajanye n’ukuri ko hariho abicwa kandi abantu bariho.


BIKORIMANA Vianney

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.