IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Intwaro ibereye > Prosper NTAHOGWAMIYE yagenywe kuba umunyamabanga wa reta hamwe n’umuvugizi (...)

Prosper NTAHOGWAMIYE yagenywe kuba umunyamabanga wa reta hamwe n’umuvugizi wayo

Friday 14 September 2018, by vianney

Mw’itegeko inomero 100/135 ryo kw’igenekerezo rya 14 Nyakanga umwaka wa 2018 rimenyeshako Prosper NTAHOGWAMIYE agenywe kuba umunyamabanga wa Reta hamwe n’umuvugizi wayo.

Prosper NTAHOGWAMIYE yahora ari umuvugizi w’umurwi w’igihugu ujejwe gutunganya amatora CENI(Commission Electorale Nationale Independamte) imbere yuko asubirizwa na Philippe NZOBONARIBA yahora ari umunyamabanga wa reta n’umuvugizi wayo.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.