IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ruyigi : Ibarabara RN13 ryuguruwe

Ruyigi : Ibarabara RN13 ryuguruwe

lundi 28 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Iryo barabara rica i Makebuko mu ntara ya Gitega gushika mu ntara ya Ruyigi, rikaba ringana n’ibirometero 41.

Ibirori vy’ukwugurura icese iryo barabara RN13 vyabereye muri komine Butaganzwa, mu ntara ya Ruyigi.


Egide NDUWIMANA

Messages

  • Imana Ihabwe icubahiro kuko naho ntari uwo mu Ruyigi na GITEGA iryo barabara ryari rikenewe gose. Nahora ndaricamwo gushika mu Cankuzo nkabona ukuntu urugendo rwqri ruruhije. Kandi Uhoraho nahabwe icubahiro kuko ashikije amasezerano. Nibuka ko abavugishwa n’Uhoraho bavuga ko Uhoraho azohezagira UBURUNDI akaduha imabarabara azunguruka igihugu cose gushika no mu ntara zose. Raba Bujumbura Mairie, Bubanza, Cibitoke, Kayanza, Ngozi, Kirundo, Muyinga, Cankuzo, Ruyigi, Rutana, Makamba, Rumonge Bujumbura (Rural) kugaruka Bujumbura Mairie ni umuzingi wugaye w’ibarabara. Kandi ivyo vyose bavugishwa ko bizoshika ku ntwaro ya nyen’icubahiro PETERO NKURUNZIZA kebera ko yubaha Uhoraho.

  • NAHO NTARI MUBURUND NDASHIMIYE LETA KUKO RYARI RIBI CANE IMANA IHEZAGIRUBURUND NABABUBMWO

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.