IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Ruyigi : Uwagirizwa gutera Gerenade mw’isoko yaciriwe urubanza

Ruyigi : Uwagirizwa gutera Gerenade mw’isoko yaciriwe urubanza

mardi 8 Rusama 2018, par Egide NDUWIMANA

Uwo yagiriwe n’ico caha yaciriwe urubanza rw’ugupfungwa ubuzima bwiwe bwose.

Iyo Gerenade yatewe kw’igenekerezo rya mbere Rusama 2018, ikaba yahitanye abantu babiri.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.