IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > SNR : OPC 1 Alfred Innocent MUSEREMU yagenywe kuba umuhanuzi ajejwe (...)

SNR : OPC 1 Alfred Innocent MUSEREMU yagenywe kuba umuhanuzi ajejwe ivy’umutekano

mardi 2 janvier 2018

OPCI 1 Alfred Innocent MUSEREMU yagenywe n’itegeko ry’umukuru W’igihugu ryo kuwa 29 Kigarama 2017 ,rimenyesha ko OPC 1 Alfred MUSEREMU agenywe kuba umuhanuzi ajejwe ivy’umutekano mu rwego rw’igendereza .

Mwomenya ko OPC 1 Alfred Innocent MUSERUMU asubiriye uwitwa APC Dieudonne NSHIMIRIMANA.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.