IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Intwaro ibereye > Sendika S.L.T.R isaba ko isoko yo kugura ibiharura umuyagankuba (...)

Sendika S.L.T.R isaba ko isoko yo kugura ibiharura umuyagankuba wakoreshejwe ihagarikwa

mardi 29 mai 2018

Mw’ikete inomero 1/S.L.TR/2018 ryo ku wa 28 Rusama 2018 iyo sendika yandikiye umuyobozi wa REGIDESO,bamenyesha ko isoko yatanzwe DNCMP/428/F/2017 irimwo utunenge twinshi kandi ritaciye mu muco.
Abo bahurikiye muri sendika S.L.T.R bavuga ko, kubera utwo tunenge, arico gituma basavye ko iryo soko rihagarikwa, ku nyungu z’ishirahamwe ritanga amatara n’amazi REGIDESO.

Abakozi bahurikiye muri sendika S.L.T.R, muri iryo kete, barangiza basaba ko hoshingwa umurwi ataho uhengamiye ujejwe kwiga neza uko iryo soko ryotunganywa.


BIKORIMANA Vianney

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.