IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Uburundi bwemerewe ingabire y’imiriyoni 50 z’amadorare

Uburundi bwemerewe ingabire y’imiriyoni 50 z’amadorare

vendredi 28 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Inama nshingamateka hamwe na nkenguzamateka z’Uburundi zemeje ijana kw’ijana integuro y’itegeko ivuga ingabire y’amafaranga Uburundi bugiye guhabwa na IDA (Association Internationale de Développement), iyo ngabire ikazofasha mu gisata c’amagara y’abantu.

Ayo mafaranga angana n’imiriyoni 50 z’amadorare y’abanyamerika azotangwa na banki y’isi yose (Banque mondiale), iyacishije muri IDA, akazokoreshwa mu mugambi "KIRA", mu gukomeza umugambi wa Reta y’ukuvura ku buntu abana bari munsi y’imyaka itanu, hamwe n’abakenyezi bibungenze.


IGIHE

Messages

  • Abasesemwa ngo iyi ni Leta y,icaduka na banque mondiale isanze itegerezwa imigambi wa nyakwubahwa president Nkurunziza!!!! Nsubire nibutse ko umu sans echec Wakera ariko akoresha izina ryanj ngo antukishe mumwiyamirize . He is stupid or else mentally alienated . we will be your leaders today tomorrow till Jesus comes back and its no longer your time of segregation , crime and torture your time is over¡!!!!!!!!!!!!!!¡

  • Rwa ruririmbo ruti n’amakungu arakenguruka ivyo Nkurunziza akora, erega basanze opposition itigeze ibabwira ukuri sur les réalités burundaises.

  • Nanje ndakengurutse kwiyongabire igihugucacu c’uburundi kizohabwa kuko numvize izokoreshwa umugambimwiza. murakoze.

  • folmand Bamporiki and Mediator comments zanyu ziri poor kabisa. none ninde wababwiye ko babikore Leta yaba DD.ntabwo abarundi bafise ubushobozi buke bazopfira muri ico gihugu mwagize prison abantu batakigira nu rwara rwo kwishima ngo amakungu akomeze arebere. biriya ni mpuhwe bagiriye abarundi bato bato not you (DD) proof nuko bazohereza abazoba bajejwe ku managing izo cash for sure

  • bazoce bishyura u rwanda ideni barufitiye rwabatangiye muri EAC
    Kula kulipa mutama peter.

  • Nibadufashe Nyenentakunditwogira.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.