IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ubushikiranganji bw’abakozi ba Reta bagiye gushiraho umugambi wo gutunganya (...)

Ubushikiranganji bw’abakozi ba Reta bagiye gushiraho umugambi wo gutunganya kazi mu gihugu

samedi 12 Myandagaro 2017

Umushikiranganji w’abakozi ba Reta Felix MPOZERINIGA amenyesha ko umugambi wa Reta wo gutunganya ubuzi waje hageze kuko uhuye n’ingene ibijanyo n’inyigisho vyahinduwe.

Felix MPOZERINIGA aramutswa ubushikiranganji bw’abakozi ba Reta asaba abafise ico bofasha bose kugikora kugira umugambi wa Reta wo gutunganya akazi uje mu ngiro mu rwaruka.

Ubushikiranganji bw’abakozi ba Reta bumenyesha ko umugambi uzfasha kwereka urwaruka ko narwo rushobora kwironderera akazi, mbere bakagaha n’abandi.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.