IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umurwi CVR wagenye abawuserukira mu gisagara ca Bujumbura

Umurwi CVR wagenye abawuserukira mu gisagara ca Bujumbura

lundi 16 avril 2018

Reverand Pasteur Christian NTIRURIKURE yagenywe mu kibanza c’umukuru w’urwego nyobozi rw’umurwi ujejwe ukuri no kunywanisha abarundi (CVR) mu gisagara ca Bujumbura.

Kw’itegeko ry’umurwi ujejwe ukuri no kunywanisha abarundi ryo kuwa 13 Ndamukiza 2018, Christian NTIRURIKURE agenywe kuba umukuru w’urwego nyobozi rw’umurwi CVR mu gisagara ca Bujumbura.

Abandi bagenywe muri urwo rwego mu gisagara ca Bujumbura ni ivyegera 2 aribo Eurydice GAHIMBARE hamwe na Godelieve BIGIRIMANA.


BIKORIMANA Vianney

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.