IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Uwahora ari umuyobozi w’ibohero rya Bubanza yakuwe mu kazi

Uwahora ari umuyobozi w’ibohero rya Bubanza yakuwe mu kazi

mercredi 25 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Mw’ikete nomero 550/1548 ryo kw’igenekerezo rya 24 Gitugutu 2017, umushikiranganji w’ubutungane Aimée Laurentine KANYANA amenyesha ko Kaneza Clarisse ariwe muyobozi mushasha w’ibohero rikuru rya Bubanza.

Uwahora ari umuyobozi w’iryo bohero, IRAKOZE Yves Kevin abarizwa mw’ibohero rikuru rya Mpimba kuva kuri uwu wa mbere, yagirizwa ko atorokesha abanyororo bakora ivyaha hanze y’ibohero. Yatawe muri yompi inyuma y’aho umunyororo yari yahaye uruhusha rw’ugusohoka afashwe hanze y’ibohero ariko agura inkoho.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.