IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Yoya Jamal > Amajambo ari mu ruririmbo "Sibomana" ya Yoya ni nkora mutima:Raba na (...)

Amajambo ari mu ruririmbo "Sibomana" ya Yoya ni nkora mutima:Raba na Video

mercredi 23 Mukakaro 2014

Umuririmvyi Yoya yasohoye isanamu y’ururirimbo "Sibomana", isanamu iboneka ko yakorewe hagati mu gihugu. Ururirimbo ruvuga ibijanye n’imibereho y’abantu, aho abantu bashobora kugendana bagenzanya.

Isanamu y’ururirimbo "Sibomana" ikozwe mu buhinga buhanitse kandi biboneka ko yakorewe hagati mu gihugu. Amajambo ari mu ruririmbo ni nkora mutima, Yoya aririmba ibintu biba hagati mu kibano, aho abantu bagendana kandi bagenzanya, bakipfurizanya inabi, bakanka uwutera imbere, bakipfuza ikintu cose cotuma usinzikara.

Yoya aririmba avuga ati :" Bakakwanka urunuka bakipfuza icotuma upfa..."

" Bakipfuza ikintu cose cotuma usinzikara..., ariko Imana ikagukiza, abansi bagutega icobo Imana ikagutega icanzo. Ukaguma uter’imbere".


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.