IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Rugira: "Amakuru y’inkoho zatowe mu nzu y’umukozi w’ubuserukizi bw’Urwanda ni (...)

Rugira: "Amakuru y’inkoho zatowe mu nzu y’umukozi w’ubuserukizi bw’Urwanda ni ibihuha"

lundi 14 Nyakanga 2015

Amandin Rugira aserukira igihugu c’Urwanda mu Burundi,arahakana ko ata nkoho zatowe mu nzu y’umwe mu bakorera ubuserukizi bw’Urwanda mu Burundi.

Abicishije ku rubuga rwiwe rwa Twitter,Amandi Rugira aserukira igihugu c’Urwanda mu Burundi,yavuze ko haheze iminsi bivugwa ko hari inkoho zatowe mu rugo rw’umukozi w’ibiro vy’ubuserukizi bw’Urwanda mu Burundi,ari ibinyoma.

Yanditse avuga ko ahasanzwe haba umukozi w’ubuserukizi bw’Urwanda mu Burundi,ari ikigo c’ubuserukizi,ko ivy’inkoho zihabikwa atari ukuri ari ibihuha.

Mu mpera z’indwi iheze,niho havugwa amakuru avuga ko hari inkoho zatowe ahasanzwe haba umukozi w’ubuserukizi bw’Urwanda mu Burundi,izo nkoho zavugwa ko harimwo Klachnikov 17, lance-Roquettes 3 na Roquettes 15.


Van Naris Mugisha

Messages

  • ca c’est totalement vrai mais le gouvernement burundais devraient organisait des manifestations et condaner le rwanda a haute voix et internationallment aussi tot que possible sinon les rwandais ne vont pas arretter.
    Souvenez vous que les annes passer le peuple congolais condanner seriousement et publiquement les rwandais et ils se sont retirer du congo
    Leur objectifi est de causer le genocide contre les tustis et couper le burundi en 2parties et controller le nord fais attention du rwanda et meme de la belgique.
    Mais heureusement que on prie et Dieu repond.
    J’ai une femme tutsi et je vie maitemant en malawi ,j’ai vecu en zambia ,en tanzanie,au kenya,en afrique du sud , en namibie,mozambique et au congo , partout maintenent tous le monde,les nationaux intellectuals de ces pays n’aime pas les tutsis et ils sont pris comme des colonisateurs et imperialists et utiliser par les americains et isrealites contre leur frere.ils sont devenus blancs, c’est malheureux.! meme les sud african blanc plus fort ont abandonner cette politique cache de dominition et de superiorite .c’est une question de temps
    Condanner les rapidement et repetitivement a l’ONU,en Union afrique.....
    CDD-FDD fais le manifestations clair et pacifique contre ce pays SVP

  • Barahinyutse; Bahe 60 minutes babe bajabutse Kanyaru. Baratweretse AMABWENA y’ abanyarwanda. Tekera mu gende!!

  • Iyo nkuru y’ibirwanisho vyatowe muri residence bw’umuhanuzi mukuru wa ambassade y’urwanda mu burundi ni inkuru y’ukuri. Mureke rero kubesha abantu ngo iyo nkuri ngo yoba ari ibihuha. Ibirwanisho vyatowe, uko ni ukuri kwuzuye.

  • Turabasavye Buri Muntu Ku Giti Ciwe Yihatire Gukora Neza.Kurementanya No Gukorer Ikibi Abindi Ntanyungu,Mwibuke Hamani Yarementanirij Abana B Imana Abasabira Kwicwa Ndets Ishinga Igiti Co Kumanikako Moridekayi Ariko Murazi Kw Iman Idac Urwa Nkunzi Yatabay Abayuda,Hamani Akaba Ariw Amanikwa Aho Yari Yateguriy Uwundi.On Recoltera Ce Qu On Aura Seme.

  • Hahahaha reka turindire harya ibihuha niyonkuru

  • nibabarabenezamwankorabaramwe.ahasikongomwifatira.twebwetuzoberekakotwizetukamemya.imyenziyisema.itondera.umurundiwinkoko.

  • ariko urwanda ruka iki muburundi?ako sagasotoro

  • Burya vyabay nibavyemere! Non bariyadukij barababeshera? Birazwi neza ko urwanda Ruterekwa uburundi nicogituma arukwama bacungishijw ijisho ariko jew nohanura U Rwanda ko rrwobireka kuko Rurisha mukike rurariye mpanda

  • Urea da numukeba kugezubu Rwanda rukibitse abansi sugukwizigirwa uravye nimyifato yu mukuru wu Rwanda ntishemeye. Icokibzo ntimugifate minenerwe

  • Be mwandika ibintu bitaremereye; uko ni uguta umwanya kw’isi kub izi ubwoko imbohe y’amoko ndetse n’Imana itazi. ubuhutu n’ubutusi bwanyu ntabugingo budashira muzobukura mwo. Imana izi ubwoko bubiri kw’isi: abanyavyaha n’abagororotsi.
    Ibisigaye muta umwanya ni mugire ingendo ihesha icubahiro Imana ahandi muragowe n’ukuri!

  • Mushima ari ibinyoma vyambaye ubusa, ntibigeze bavyerekana nkuko berekanye ivyatowe mu ma quartiers, kandi ndazi ko ikintu nkico kibaye yemwe vyorara bishitse kw’isi yose!! Kuba abategetsi b’u Burundi baguma barempentanya ibinyoma babesshera u Rwanda ntihagire preuves nimwe bashira k’umugaragaro, hariho ico bariko baranyegeza, barasamaza abanyagihugu. Ariko bitebe bitebuke ico bashaka k’u Rwanda bazokironka nukuri, bashatse bobana neza bakarondera umuti w’ibibazo vyabo kuko nibo biraba ubwa mbere.

  • Rekarero ivyemezo bikwire vyasimusiga vyerekanako urwanda rurinyima amabiyose yarimaze imisi muburundi, yewe umurozi yarishinze aricabakuze nyuma azakuzira uruyoya, ahonshatse kuvugako u Rwanda rwaragiye rwivurunga mugihugu cigihangange gifise ibikoresho vyagusirikare vyarutura, abasirikare barenga ibihumbimajana abiri barimwobakaruhariwe arico Congo, murindirero agahugu nkuburundi kabambike amapingu mpaka musavye imbabazi ababanyibaba Congomani mwahekuye ama millions yabenegihungu baho mwishe, biryantibizigera biherera haryanye mpakanamijozi too.

  • mwabarundi mwe nimwicare mushyire ubwenge kugihe , nahubundi muzisanga mwarasaze. ibibazo mulimo byarabacanze mu mitwe yanyu.nkicyi cyitwa nahimana . ibyi wanyu nahimana koko.

  • wallah Ariko noneho muragwaye mu vyiyumviro vyanyu sha ! ninde wababeshe ko ugwanda gwakoresha targiques za fake nkizo . eeeeh we tabara uburundi bwacu mana. ewe murabitiranyije en plus stuff wa Embassy ? nkurunziza natange amahoro abanyagwanda tubareke. babikoze mwobimenya kdi nta proof mwabona.

  • urwanda rwakoreye amabi menshi uburundi muri iyimwaka inkotanyi zifashe i gihugu, zatwiciye prezida ntaryamira, ngabo general adolfe baramwirengeje, barasivye na prime ngo ni ugukeka baratubonyeko twinumiye none baguma babandanya ububisha bwabo, nibarindire icirwa bazokibona, nasanze rwanda nkotanyi ari abamenja kandi ntibakunda ubwoko bwabatutsi bakunda imiryango yabo gusa, bafata abatutsi batagira uburyo, bataronse amahirwe yogutera imbere nkabantu ataco bamaze arabo kwicwa hama bakabagira ikiraro cogucako babitwaza ngo genocite contre les tutsi pauvre en faveur des tutsis riche, abantu utobabwirako muburundi hari abatutsi bakubwirango reka babice ntaco, bizeye ngo uruvyu rwabo nibwo butegetsi bwabo, twebwe abahutu burya politique yabo twayimenyere inkuru zose zikwiye turazifise , turaziko umututsi ari mwenewacu atagihugu c’uburundi kizozimbataramwo ubwoko bumwe gusa nkuko bobo babishitseko, barondera kwica abategetsi babahutu ngo abahutu basimbire kuri benewabo pauvre tutsi ariko barihenda ntibizoshoboka, ntankotanyi zizopfa zifashe uburundi kahise nakubu turakazi. histoire yabo turayizi, kandi ndibazako bamaze kubibona ntibaba babishaka kubibona.

  • None ntibizwiko urwanda rutavuga rumw nuburundi arko sinz nigitma akiraho muburundi nukumwica

  • Ewe benewacu,aho ndaremyeko atarivyo namba.iyaba arivyo les nyamitwe baba bamaze kubivugira ku maradiyo yose na TV zishobora kubaha ijambo. Nitureke kwambika ibara abandi bantu. ingorane turimwo nta munyamahanga yaziduteye twazitewe na benewacu kubera ububegito bwabo

  • Mbe ubujuju bw’abantu, ehe nkuyo nahimana ivyo yandika, mbega uburofa, j’ai pitié pour toi, renseigne toi, informe-toi avant d’écrire des bétises,

  • Barundi tagura umukwabu wo gucontrola tout rwandais qui habite sur le sol Burundais kandi namwebwe abanyagihugu cugera umutekano wanyu contre ces rwandais qui tuent-

  • REKA MBABWIRE AHO GUTURANA NIMBWA NKA NAHIMANA WATURANA NINGAGI ZO MUBIRUNGA KUKO ZIFITE BYINSHI ZIMURUSHA

  • uwo munt yitwa"toto nikint ko adakunda uburundi?kagame ashaka habe genocide muburundi kand ashaka UBURUNDI,CONGO,TANZANIE,UGANDA:vyose abigire ubwoko bumwe,amaradio yo murwanda arakokeza arko vyos turik turabikorerako

  • ariko abarundi tuzoba ibigugu gushika ryari akarwi kashatse kugandagura general ukuri kuramenyeka bati reka duhimbe iyindi nkuru ituma abantu ico bakibagirwa ntibagikorereko ukuri kuzagaragara kandi ari urwanda canke uburundi nikihe gihugu gifite abanyagihugu b ikindi gihugu gusumba heka sha barundi ugurure amaso mureka kwitwaza ibindi bihugu birababaje mwirigwa muraririmba ugwanda muhaguruke mutore inyishu z ibibazo vyacu mureke kwigwa murabeshera igihugu kibereye mu vyaco urwanda nirwo rwafunze inkunga mubura kwigwa mutera utwatsi ababafungiye inkunga reka kujyaho mwimena umutwe murondera ibitariho ku rwanda

  • @liLi (impene). Ubwenge bwawe bumuze nk’ubwumupfapfa. None politique y’abarundi urayishakaho iki wa gishwi we?

    i we.

  • IZONKOHO ZAFASHE KUYO MUNYAGWANDA NIBARIVYO RETA NIGIRE YUGARE AMBASADE YURWANDA,KUK UMUNTU AKUNDANA NUWUSHAKA BARAYAMAZE BAT AMAZ AKUBWIYE NGO NTUNYOGE NAWE UY ABARIRUTI NTABUCAFU NFISE,IKINDI NACO NKUY UMUNTU YIYITA NGO NI LILI MISI YOSE YAMA YANDIKAMAJAMBO YOKWANKABANDI KOWANKA NAHIMA WEWE UBAYEHO KUBWANDE NTUBAYEHO KUBWIMANA GERAGEZ UHINDUKE

  • LILI REK AKUZURATUKANA NGO NGO HAKUBANA NA NAHIMANA NGOWOBANA NINGAGI UBWO NUBUJUJU

  • MUGOMBA KUMENYA KO URWANDA RUSHATSE KUGERA I BUJUMBURA BYAFATA AMASAHA MAKE HANYUMA ABA DD MUGAHUNGA BURUNDU, CNDD IGAFUTWA NKA MRND BISANGIYE GAHUNDA YO GUHONA UBWOKO BUMWE. BARUNDI MWIHANGANE IBIBAZO BYUBURUNDI BIGIYE KUBONA IGISUBIZO MU GIHE CYA VUBA.

  • Icotwobasaba Muduhumutekano Abobatungibigwanisho Batabifitiyuruhusha Bagahanwanamategeko Murakoze

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.