IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Basaba ko ata tegeko ryosubira gushirwa mu ngiro batagishijwe (...)

Basaba ko ata tegeko ryosubira gushirwa mu ngiro batagishijwe inama

jeudi 6 Munyonyo 2014

Amakinga asanzwe yunguruza abantu yose ategerezwa kuba afise amaparati nk’uko bishikirizwa na Jean Claude Ntahimpereye arongoye igisata c’ugutwara abantu n’ibintu mu gisagara ca Bujumbura.

Jean Claude Ntahimpereye ashikiriza ko ikinga ryose ritegerezwa gukurikiza amategeko y’ibarabara, hagakurikizwa ndetse n’ingingo ya 434 y’itegeko rigenga amabarabara. Abagendesha amakinga rero bakaba batorohewe kuva kuri uyu wa kane Munyonyo, aho amakinga atari make yafashwe n’abaporisi.

Ariko rero abatwara amakinga si uko babibona, abakavuga ko iryo tegeko rije gikubikubi, kuko batagishijwe inama. Baremeza ko ataworeka gukurikiza amategeko, ariko bagasaba ko ahubwo nabo bokoroherezwa, itegeko ryose riberekeye bakabanza kurigishwa inama imbere y’uko rija mu ngiro.


Aristide Nizigire

Messages

  • Amatora arageze barondere n’ayanyegejwe mu ma siripe!
    Ayo babaka niyo bazobaha hamwe mugenda muravuza ama HONI igisagara cose namwe ngo babahaye naho babasubije ayo babatse!
    Ewe Paysan waragowe!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.