IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Bujumbura : Abahuye n’ikiza c’imvura yo muri Ruhuhuma bemerewe (...)

Bujumbura : Abahuye n’ikiza c’imvura yo muri Ruhuhuma bemerewe akazi

mercredi 30 Mukakaro 2014

Abahuye n’ivyago vy’imvura yatikije inganda mu makomine y’Uburaruko bw’ifgisagara ca Bujumbura no mu micungararo yaco, bemerewe akazi n’ishirahamwe Ced Caritas Burundi.

Mu mubonano umuhuza w’abarundi Mohamed Rukara yagiranye n’umunyamabanga wa Ced Caritas Burundi, inyuma y’iminsi abahuye n’iyo mvura bagiye ahari ibiro vy’umuhuza w’abarundi bakahugariza, yemeye akazi k’abantu bagera ku 300, aho umwe wese azoronswa amafaranga 5000, agatahana 3000, nayo 2000 bakazobimuziganiriza, mu mugambi wo gukorera imivyaro y’ibiti, izoterwa ku nkengera z’igisagara ca Bujumbura, kugira ikingire impanuka umugwa mukuru w’Uburundi.

Mu bushikiranganji bw’ugufatana munda naho, bakaba bemeye ko bagiye gutanga amatoni atanu y’umuceri agera kuri atanu, azofasha abahuye n’iyo mvura yauye ku wa 9 ushira uwa 10 Ruhuhuma uyu mwaka.


Aristide Nizigire

Messages

  • Nyagoma’leonce’rwasa’nditije’sinduhije’ngarukira uburundi nabahutu ncaneeee kuko turamerewe nabi kurasha abandi turabasavye ikigogwe kubona tutabotoye ?ubugugu bwacu butunye umuzungu wumuhutu atumara’??inzara’kutwica’kutuhebesha amashure’ amabi yose yadukoraniye ko ’’ehee raba iyo ataba uyumututsi aje kudufasha ubona twosubiye kubaho gute???komera caritas komera mututsi turagushimiye

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.