IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Burundi : Uwuserukira FNUAP yahejeje ikiringo ciwe

Burundi : Uwuserukira FNUAP yahejeje ikiringo ciwe

vendredi 5 Kigarama 2014

Ismaila MBENGUE, yahora aserukira ishirahamwe FNUAP, ryitaho ineza y’abantu n’irondoka rijanye n’amagara meza yarangije ikiringo ciwe. Mu gatondo ko kuri uwu wa gatanu akaba ariho yasezera, mu mubonano yahawe n’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.