IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Colonel Léonidas Hatungimana yatwawe mu kibanza kitaramenyekana

Colonel Léonidas Hatungimana yatwawe mu kibanza kitaramenyekana

mardi 27 Gitugutu 2015, par egide

Colonel Léonidas Hatungimana batazira Muporo yakuwe mu gasho ko mw’igendereza, akaba yatwawe mu kibanza kitaramenyekana.

Colonel Léonidas Hatungimana batazira Muporo yahoze ari mu barwanyi ba CNDD FDD, akaba yahora akora mu biro bikuru vya gisirikare (Etat-major Général de l’Armée). Yahagaritswe kw’igenekerezo rya 25 Nyakanga 2015, yagirizwa ko yahaye ikirwanisho umunyagihugu.

JPEG - 62.6 ko
Colonel Léonidas Hatungimana batazira Muporo

Umuryango wa Colonel Léonidas Hatungimana batazira Muporo uratabaza kuko ufise amakenga ko ashobora kuzimanganirizwa ubuzima.

IGIHE

Messages

  • Aboneke mugihe kidatevye ahandiho piter twamuvaho tudatevye

  • Uwowe bamukozeko bazoba bakweze ingorane kandi.

  • Abo nibo bonona igihugu,kuraho hakirikare bitaramenyekana.

  • Ndababwizukuri Peter arisema guko sintahura ikintu ahora Léonidas icontigifashe colonel turamuzi kandi twaragoramyw nikuki piter akorivyo mubobagoramyw basangiye urugamba?aribuka kera ingene twamwita?twamwita muhuza none yibagiye

  • Ico nico cishe u Burundi bwacu,uwo banka canke uwobadahuza ivyiyumvi ngw’akwiye gupfa!

  • None Ububwicanyibuzohererahehe !! Wamugoreyatwawenkuko bukeye Bamutoye ikiziga Manatabara Ubu Rundi bugeze Ahatemba

  • fini turamunyara , ramba komera

  • Ariko Basha Mubona Twebwe Abarundi Tutagye Guhera.Ebasha Nimuze Twihane Neza Kumbure Twotabarwa Imana Yoduharira.Ndababjwe Nubwicanyi Buriko Buba.Ariko Ibivyose Bizoheqa

  • Ariko none ko mubizi IGISIRIKARE n’abahutu, IGIPOLISI n’abahutu Ibisata nka vyose birimwo abahutu, umuhutu wubwenge aricwa, akangazwa, agafungwa none ikibazo Nigute perezida yoba ari umuhutu akica benewabo? Musobisuzume muzosanga peter atarumuhutu jewe ndaribabwiye mushaka munyanke!!!!

  • e reka bamukorereko amatohoza wosanga arimubo cenared iriko irakoresha muguhungabanya umutekano kumusaga mucibitoke mungagara munyakabiga aho gusa, kuko ahandi haratekanye....nivyo wosanga arimwo kuko banyamyoma ntibari mububirigi honyene nukubaronderera hose,

  • Kerera ,umuhutu,kuwundi

  • Ariko jew ndibaza ubwoko bwa Nkurunziza nkabura ubwaribwo yagiy mwishamba avuga kwagiy kurwanira abahutu none yaje abica barundi mumurinyuma mwunva arumuhutu koko? ikibabaje nuko yiyita ngo numusenzi,barundi nimwihangane ibibihe bibi turimwo Imana igiy kubikuraho mukomere.ariko Colonel Léonidas Hatungimana mumusengere abantu mukundimana hagire icimukorera kuko ntivyoroshe,ariko ndahanura nabo bashinzw igendereza bamenyeko nabo bafis umibiri nkiyabandi ivyo bakora nabo bizobagaruka kumutw kandijisho ry’Imana ntirizobaziguriza.

  • Colonel Léonidas HATUNGIMANA narekurwe vuba!

  • ubundi ko nyina ari umututsikazi, ni iki kibabwira ko yamubyaye ku muhutu ?

  • Kimogi we Nkuru s,umuhutu numuja nawenye umuhemu w,ikinywamaraso,umukunzi w,inda, yamenyereye gukora amaraso gusa,asenga ibigigwamana biguma bimusaba amaraso gusa agaca atanga ayabantu!!!!!Ikuzimu mw,ijoro baca baza gutora ibiziga yarunzi iwe bagatwara ikuzimu, ubona harabo aja guhamba!?Urazombinyuza!

  • Yemwe burya murantangaza cane! ntamwicanyi araba ubwoko muzi yuko yarwanira abahutu? ya rwanira inda yiwe. akirimwishaba kwa tibaga kwica abahutu abahora ngo ni vyi tho. nayukuvuga ngo numusenzi mwibagiye kwi nkozi zibibi zisigaye zinyegeza muma sengero, weharya icoyakoze arakizi. sukamenya Imana haba nintete, ntagihugu kirongowe numusenzi kiseswa mwamaraso,uyo numu firimasoni adaseswa ngo muzobamenyera kuvyobama, nimwibaze namwe mwarabonye abakijijwe,nabatarabona bazoze barabaza abagenzi babasobanurire uwakijiwe ukwaba meze.

  • Niboba Bakwiye Gukorerwako Guko Ntivyunvikana Ukuntu Abandi Barazwa Ishinga Nukurondera Amahoro Nawe Akarazwa Ishinga Nukuyahungabanya Nibamubaze Neza Invo Ituma Atanga Ibirwanisho Murabe Ko Atoba Ari Mubandi Bicanyi.

  • Ariko,ivyomuvuga,iyomuvyandika,murabisoma,nimusenge,nimbamwemera,Imana.

  • Ewe Kamaro nawe urantwengeje! ninde yari yaraguhenze ko President ari umuhutu ? Namba ari umuhutu mu mutwe gusa ahandi siwe kabisa uramwitegereza neza

  • Ewe Kamaro nawe urantwengeje! ninde yari yaraguhenze ko President ari umuhutu ? Namba ari umuhutu mu mutwe gusa ahandi siwe kabisa uramwitegereza neza

  • ew kamaro nimba ukekeranya ko peter ari umututsi menya ko yatwara intara bita kabezi kubami kand uzotohoze ubaze ko mubahutu habamwo umuryango wabatare gusa nyina niwe yari umuhutu

  • JAMURATOHOJA ABOBARARABARARASA BAVAMUBASI RIKAREBATAYE UMURONGO MURABOBASIRIKAREYENE

  • Rekakwibukaivyakera, Ubuturabaivyotugezeko ? Nimutekane, Dusengegusa

  • nta mvura idahita!
    Umuhutu Umututsi Umutwa Umuganwa n’Umugina bose ni Abarundi gusa

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.