IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umusi wa kabiri ugira gatatu witiriwe urwatsi rubisi (Mardi (...)

Ifoto y’umusi wa kabiri ugira gatatu witiriwe urwatsi rubisi (Mardi Vert)

mardi 17 Ruhuhuma 2015, par Egide N

JPEG - 73 ko
Bob Rugurika umuyobozi wa RPA (i bubamfu, ari kumwe na Maragarita Barankitse umuyobozi w’ikigo Maison Shalom (i buryo)

IGIHE

Messages

  • Merci Maggy ba uduserukira abavyeyi uwo muhungu wacu ni ingeri baririmba ni intare batinya ibivagundu vya ba dd imbunuza mu makungu ...Ewe Rugurika uzogurukana benshi batashengeje izo mbunuza zica abavyeyi nka barya//

  • MAGGY ARANTWENGEJE CANE KUKUNTU ANEZEREWE. MURI KABIZI SERGE YIGEZE KUMUBAZA KO ATABAGABO BAHORA BAMUBAZA BAKANAMUSABA ;ARATWENGA CANE NKUKO NDIKO NDAMUBONA. ARIKO UBU MBONYE IYO FOTO BINYERETSE KO YATANGUYE KURINDA MUKURONDERA ABOMUBAZA HAHAHAHAHAAAAAAA ARIKO NTAKAZOZA ASIGARANYE; KUKO YAKOZE MUJISHO RYINGWE BUYOYA PETERO

  • @ venuste : Mbega uyo buyoya uvuga ni igiki??? "ARIKO NTAKAZOZA ASIGARANYE ; KUKO YAKOZE MUJISHO RYINGWE BUYOYA PETERO" ?????? Buyoya niwe abuza kazoza abantu?? Na shetani yarananiwe....mais bon! a moins que les deux soient confondus!! LOL !! Il n’est qu’un minable et cauchemar pour les Burundais, bien sûr a part les "bururiens" n’est-ce pas? Toi meme qui as écrit ce message, je parie que tu es l’un d’eux!! arrête cette blague au mauvais gout! d’aucuns savent T.B. que notre Maggy est plus celebre que ton "buyobe". La preuve : leurs oeuvres sont diametralement opposees. Mbandanye???? Subizayo ndabe, amariba ntarakama.....

  • jewendashimwe ukuntu imana yakoreye abaporisi nabanyaguhu gu mufata mugongo bobo

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.