IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umusi

Ifoto y’umusi

vendredi 5 Kigarama 2014

Ngozi : Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza n’umutambukanyi wiwe biyandikisha kugira bazoshobore gutora mu matora yimirije mu 2015, nk’abandi barundi bose


IGIHE

Messages

  • Komera mukuru wigihugu numutambukanyiwawe ndakubona nkumvandaremwe kubwubwitonzi nubutwari bwawe.

  • Ni vyiza kugira ivyiyumviro vyo guhanira amahoro,demokarasi n’iterambere biciye muri politike.Ariko politike si ugutyozanya ni uguhiganwa mu vyiyumviro.Mbega uwize nta yindi nzira yoronka yo gutera imbere adaciye muri politike.Bose ni inda yo gushaka igihugu ngo ni ukugikunda kandi ari inzira yo gushaka ivyo babona abandi bategetsi bafise gutyo umuyuyu n’igisharara bigaca bibica bikabatuma gufata imigambi mibi yo gushaka gusahura igihugu n’abaco bagaca bavyita politike.oyaa gezaho si ukudukunda gusa ahubwo ni"ugukunda umwana gusumba nyina..." iyo urugamba ruheze bose biyita abasoda.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.