IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Imigenderanire hagati ya Leta y’u Burundi n’ishengero ry’aba orthodoxe yifashe (...)

Imigenderanire hagati ya Leta y’u Burundi n’ishengero ry’aba orthodoxe yifashe neza

samedi 23 Ruhuhuma 2013

Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 22 Ruhuhuma 2013,icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu Gervais Rufyikiri yarahaye umubonano umupapa w’ishengero ry’abaorthodoxe akorera mu gisagara ca Alexandrie mu gihugu ca Misiri.

JPEG - 6.3 ko

Mu gihe ari mu rugendo ngaha mu Burundi,Intumbero nyamukuru y’urwo rugendo rwa Papa Theodore II atwara ishengero ry’aba orthodoxe muri Afrika ni iyo kwimika Musenyeri w’abaorthodoxe mu Burundi.

Kubwo icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu,arashima imigenderanire myiza iri hagati y’ishengero Orthodoxe ba Leta y’u Burundi.


Mugisha Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.