IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Imvura irimwo umuyaga yarononye amashuri mu ntara ya Cibitoki

Imvura irimwo umuyaga yarononye amashuri mu ntara ya Cibitoki

samedi 26 Nzero 2013

Imvura irimwo umuyaga yaraguye muri komine Bukinanyana yo mu ntara ya Cibitoki,ikaba yatumye amashuri asambuka.

Haraheze iminsi 15 abanyeshuri batari bake bo kw’ishuri ritoya rya Rangira,riri muri komine Bukinanyana mu ntara ya Cibitoki batariko bariga,igituma,ni imvura nyinshi irimwo umuyaga yaguye ituma amashuri arenga atanu asambuka.

Mu gihe rero hari mu ntango y’igice ca kabiri c’umwaka w’ishuri 2012 ushira uw’2013,abarongoye iyo shuri basaba ko abagira neza bobagarukirako kugira abo bana basubire kwiga nk’uko vyahora.


Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.