IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Imyiyerekano yabandanije muri Komine Nyakabiga

Imyiyerekano yabandanije muri Komine Nyakabiga

dimanche 10 Rusama 2015

Abaserukira imigambwe n’amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike,bifatanije kuri uno w’Imana igenekerezo rya 10 rusama,n’abanyagihugu bo muri komine ya Nyakabiga bari mu myiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza.

Inyuma y’umunsi w’akaruhuko kuwa gatandatu igenekerezo rya 9 rusama watangajwe n’abahamagariye abanyagihugu kugira imyiyerekano,muri komine ya Nyakabiga imyiyerekano yabandanije.

Vital Nshimirimana,umwe mu bari baje kwifatanya n’abanyagihugu muri komine ya Nyakabiga,yavuze ko imyiyerekano igiye gutangura ubushasha,kandi ko igiye kubandanya ikomeye cane.

Vital Nshimirimana amenyesha ko bababajwe n’ivyashikirijwe n’umushikiranganji wo kwivuna abansi,kuko yivuguruje mu vyo yari yashikirije asaba ko abantu bokwubahiriza amasezerano ya Arusha,asaba Pontien Gaciyubwenge ko atohenda ingabo z’igihugu.

Mwomenya ko iyo myiyerekano yabaye inyuma y’amasaha makeya gusa,inama nkuru y’umutekano isavye ko yohagarara.

Messages

  • Aho vital ukanuramaso har’umusi abobagumutsi bawe bazoguhindukirira bakayarokora.harigih batahurako wabahenze.

  • komer mushir ubwoba!bamuguz amaher niyo yaguz umwan wumunt!mana garkir uburundi iryavuzw riratasheeeeeee!%

  • Wewe uriko utuka Vital urinde?

    Nimba arivyo wariye uzobidahwa rindira gato??

  • Mbega faraja ww udakanura amaso uri impumyi ngo ushobore kubona ibiriko bikorerwa mu burundi.ngira uri ikintazi reka ndeke kukurenganya.ufise ubwenge buke ntakindi. nabatari bwave hasi bagiye kuva hasi ndakurahiye.

  • UYO NSHIMIRIMANA NARINDIRE NIMBA ARIKO YIVAGA UKO URWEGO RWIGISODA RUKORA RWORWO NTIRUFYINATA YIBUKE KO NA SOMALIE ABATERA UMUDUGARARO BOSE BATAYE BAGAHUNGA UBU HASIGAYE KAMWE KAMWE KANDI ARIBO BAHORA BABAHIGA BUHONGO ABEMERA LETA YA SOMALIYA BOSE BAKABICA BAGATOZA AMASOKO, PRESIDENCE YAHUNGIYE MURI KENYA MUGABO UBU INZEGO ZIRAKOMEYE ZOSE, UYO MUFYURAMASO VITAL NSHIMIRIMANA MUMUREKE AZOTUBONA NDAZI KO AMASO YIMBWA YUMVA YOKEJE, SIMBONA NICAMUZANYE MUBURUNDI NAKARE WEWE YIVUGIYE KO ARI UMU HOLLANDAIS ARIKO HARI IGIHE IPEREREZA RYO MUGISODA RYORYA ATAZORICIKA AJE KWISHURA IVYO YAKOREYE MUNYAKABIGA NAHANDI HOSE NARINDIRE, NIMBA AKENYE KO IMANA IZOMWAKIRA IRAMURINDIRIYE, BURYA IKINYONI CISEMA CIVUGIRA HEJURU YUMUTEGO.

  • Kandi Mwebwe Abo Benegihugu Muriko Murata Murudubi!Mumenyeko Ko Abahasize Ubuzima Canke Abahakomerekeye,uhoraho Azobabaza,rindira Gusa!Umugwa Mukuru Urimwo Incabwenge Bakubahuka Bagashohora Abanyagihugu!Mbega Muzotogwa Nabande Ko Bamwe Baguye Mumigumuko Abandi Bahunze?Bura Guhindura Umukenyuro!Ntimumbaze...

  • Mukomere kumuheto erega Gaciyubwenge siwe ariko umuntu kurwa sibibi kuko tugenda namaguru 2 kuvyuka ugahaguruka nivyobikenewe

  • Vitali, uri ntwari kurugamba. Isi yose iragushigikiye. Turi inyuma yanyu kandi bitebe bitebuka uru rugamba turarutsinda. Peter ntanguvu agifise. ivyo gaciyubwenge yavuze ntibibace intege kuko ntakomeye gusumvya abarundi isinzi barwanya ihonyangwa rya arusha n’ibwirizwa nshingiro,tutavuze ONU,Ishirahamwe rya Buraya, Ishirahamwe rya Afriqua, Umuryango w’uburasirazuba(EAC), America.... baterekwa mandat ya 3.
    Komeraaaaaaaa

  • Barundi,barundikazi igikogwa mwihaye ntimugicire hagati!!!ntimwemere intwaro ije ku nguvu kuko aho ubwicanyi ndengera butungane buca busasigwa indava!ntimwibagire icaranze iyi ntwaro ya petero nkurunziza icayiranze.muraziko abicanyi bambere kandi bazwi baca baba akadasohoka kuri we!!uwutokwibaza kwariwe abatuma ninde?camwibaza asubiye agatwara kandi ahonyanze ibwirizwa shingiro n’amasezerano ya Arusha!mugume kwibanga kuko umuntu apfira umusi wiwe!

  • urakoze cane Vital. ukoze igikorwa gikomeye rwose co kuremesha abari mu myirekano na cane kw’ijambo gishingantahe washikije ( uhejeje guha inguvu nyinshi abagira imyiyerekano). Turi inyuma yawe dufasha mu buryo butandukanye kugira tuzoshike kuco twiyemeje( nyabenda nawe ngo ni ibihugu bifasha!). Abo nabo ba faraja john, badakunda ukuri, bashaka kwama mu buja, batifuriza kazoza keza igihugu, bavuga ibindi binyuranye n’ukuri bazi, bareke. ndabafata nka ba bwenge buke, abakunzi b’inda. Ukuri kuguma ari ukuri naho ata n’umwe yokuvuga ( noneho abakuvuga si bake), ikibi kiguma ari ikibi naho bose bogikora( noneho bose ntibariko barakora ikibi). Nibazako ahumwo izo mbonerakure mwahaye inkoho, umwambaro wa gisikare, kubabwira ko ata sentere ( nta butungane novuga) izobakorako nibo bazobahindukira. Vital, urwo rwaruka ruzomushimira kuko ariko arabarongora mu kurwanira agateka kabo. hakuba imbwa woba imva kandi hakuba umwami w’imbwa woba imbwa y’umwami. nayo wewe ndabona ko wahisemwo l’inverse. Igihugu gikeneye abantu nka mwebwe.Vital, ndaguteye intege rwose.Dieu, le peuple ( même si il a peur d’être tué par le pouvoir) et la communauté internationale sont de notre côté, kwanka ubuja.

  • ni mukomere kumuheto iyo mihimbiri 2 zo yomora hageze,

  • GACIYUBWENGE nimba yarariye amahera y’aba DD nagende kuyarira mu kabare, apana kuza kuyarira kuri twebwe kuko ico duharanira turakizi

  • abari mu myiyerekano komera! aba bagabo tuzobarya bwa mutsima kuko icabakingira cabavuyeko. nayo gaciyubwenge yasomye ivyo bamuhaye gusoma, kandi iyo avyanka niho yaba agize nabi. hama ntiyodukura mw’ibarabara, kuko siwe yaturungitseyo kandi nawe arazi ko atavyo ashobora. dufatane mu nda, urugamba rurarangiye, intsinzi turayibona. mbega abataye ibanga, bakarya abana babo kubera amaronko bazojahe?

  • nyakwubahwa mushikiranganji,ntusuke ingabo ngobice abantu ,bitwe abicanyi nkaba police,abo bagabo bo bariko barakwiza inywaka yokuba mumpimba nayo izongabo ziracariza inzoya abandi nabasore,ntimwumva ko mubaroshe,erega uburundi sizinga,niyo sentare zohanze zaza,muzoje hejuru ngo zihana abany’afrika!nyakwubahwa mushikiranganji,ntusuke ingabo ngobice abantu ,bitwe abicanyi nkaba police,abo bagabo bo bariko barakwiza inywaka yokuba mumpimba nayo izongabo ziracariza inzoya abandi nabasore,ntimwumva ko mubaroshe,erega uburundi sizinga,niyo sentare zohanze zaza,muzoje hejuru ngo zihana abany’afrika!ikebuke

  • Akris,
    mbega wewe urashobora guta umwanya wawe uje kwereka abantu ubwoba ufise kubera inkoho? ndagusubiriremwo: hakuba imbwa woba imva. Sindiko ndasiguraq gaciyubwenge kuko na jewe ndi mubatangaye numvise ivyo yasomye ejo mugabo nagomba ndabibutse ko inama nkuru y’umutekano mu gihugu itwagwa na PITAPITA si gaciyubwenge ayitwara. Ni ukuvuga ko birya vyasomye na Gaciyubwenge ni PITAPITA yabivuze. kunera akiri Président ntibiba vyoroshe ko bamuhinyuza kubera iterabwoba (naryo nyene ntumva kuko ntiyokwica abantu bose). Nibaza ngo baciye babiha gaciyumwenge abisome kugira tugire iyi confusion. Birya rero ntivyavuzwe n’igisirikare ariko na PITAPITA. Murumva rero ari PITAPITA nta kundiu yari kuvuga. Yari azi ngo abarundi baca baheba ariko ubwoba wewe afise abari mukuri naho aribo bariko barapfa ntabwo bafise kuko bariko bigura igihugu nawe PITAPITA ariko aragisambura. Imana iriko iraharura ivyonekaye, igitigiri c’abapfa, c’ibimuga, c’abapfungwa, c’abitangira igihugu, nta mwanya munini usigaye ngo imana ifate ijambo. Noneho na ecleziya gatolika n’amakungu bose baratahura urugamba turimwo. Ubu rero nibazako atari ubweqenge buke canke ubukunzi bw’inda nta kindi cosigura igituma aho uhagaze. Ni wewe n’umutima wawe uzi igituma wiyumvira gutyo.

  • ahubwo nibabice mwes mwambwamwe kandi nimwemer abatare muzehe.

  • ahubwo nibabice mwes mwambwamwe kandi nimwemer abatare muzehe.

  • ndashiiiiiiiimye vyimvamutima kubona muzobandanya imyiyerekano rero nari naduze muri week end buca manuka tubandany.nayo iterabwoba ntaco rishikana kugihugu.turiyemeje kuraswa hako tubaho turabaja.hakuba imbwa woba imva.

  • Monsieur Vital burya amakosa yose ariko abera muri iyi myiyerekano ahanini aharurwa kuri leta yuburundi na mwebwe. kuva imyiyerekano itangura igipolisi carakengereye abari baje mumyiyerekano kubera cabona atandongozi ziri imbere yabo haba mumigambwe no mumashirahamwe yigenda yahamagaye iyo myiyerekano kiretse Audifax NDABITOREYE yagumye aboneka kuva imyiyerekano itangura gushika nubu mwese mwatangira amategeko kuma telephone gusa abandi nabo baciye ahabera imyiyerekano bahamara umwanya urume rumara tutibagiye ko hari namanama mwajamwo guhura na leta abandi banyagihugu batubitse uwavubi mumabarabara ijoro numurango ivyo abantu benshi barashobora kwibaza ko mwoba mwashatse gusuka abanyagihugu kuko niba mwatinye gupfa ntampamvu nimwe yari gutuma muhamagara abanyagihugu kuja mumyiyerekano kandi namwe ubwanyu mutinya kuyijamwo.hari abari mumyiyerekano hari abanyagihugu bagandaguwe nigipolisi ryaka riva abandi barakomereka tudasize inyuma abapfunzwe mutegekanya iki kuri izo nzirakarengane ko mbona umenga amagaburanyama yageze bamwe kuva nijoro hahise amatwi adusumira bumviriza CENI gusumba ikibazo nkora mutima kiraje ishinga abarundi namakungu arico guhagararira amasezerano ya ARUSHU hamwe nibwirizwa shingiro mubona mufise une vision commune a cette quetion? mufise Determination koko? nagira kandi ndabasabe ko mutosubira guta ishavu kubanyagihugu baturiye imiduga yabandi canke bishe bakongera bagaturira imbonerakure munyakabiga turemera ko barenze akarimbi kandi vyukuri turatera ivyatsi iyongendo igayitse tugatera ivyatsi kandi aba polisi bakoresheje amasasu yica kubantu badafise ibirwanisho bakicamwo nabana. ariko namwe mumenye ko atangabo zitagira umutware kuvugira kumaradiyo ngo ivyo mwakoze sivyo twabatumye sivyiza kuko nibaza ko abagiye mumyiyerekano umwe wese yariserukiye kubera atemera mandat ya 3 kandi ntakosa bakoze kuko nuburenganzira bahabwa namategeko ariko babuze ababaja imbere icaranze RWAGASORE, MANDELA NYERERE na NDANDAYE ntibatuma ahubwo baja imbere yabandi niho haca haba une bonne coordination nico gituma nubu ari barurangiranwa mumakungu. impanuro rero kuri mwese abatunganije imyiyerekano niba muhisemwo kurwanira imyanya muri CENI no kwinyegeza ngo mutinya gufatwa nimukure abanyagihugu mwibarabara kugira bareke kuba incungu zanyu niba naho vyukuri mwifuza ko manifestations zibandanya mwese abazitunganije nimubaze murabe ko mufise un meme vision hama muje imbere yabandi banyabanyagihugu mubereke ko ariho muri nkuko umushingantahe chauvineau mugwengezo nabandi babigize ubushize bizotuma mukinga toute forme de violence kandi kumpande zose maze igipolisi naco kireke gukorera umu candidat ahubwo gikore cisunze amategeko ataguhengama kuko yaba ibwirizwa shingiro canke amasezerano ya ARUSHA nivyarengwa bizogira ingaruka mbi mugisirikare no mugipolisi gusumba izoba mubanyagihugu murakoze kandi mumbabarire niba nakoresheje agashavu nuko mbabajwe namaraso ariko araseseka

  • ndashigikiye cn abarundi b’umutima atari ba mpemuke ndamuke,vital komera ibwirizwa shingiro namasezerano y’arusha tuzobirwa inyuma,hakuba imbwa woba imva

  • vital ukoze ikintu ciiiiiza cane kandi gikomeye natwe turinyuma yanyu bwira nabandi ntibate inguvu bakaboko turabajana muburoko vyanka bikunda.bwira nabandi ntibate inguvu

  • Ewe kabwa sha,iryo zina ryawe murajanye
    Uri akabwa nyene bandanya udirigiza inyuma y’amahanga n’inyuma y’abarya b’ibikanzu n’inkofero,twebwe ayo mahanga ntayo dufise ariko turazi ico dushaka namwe ico mugwanira turaziko atari 3è mandat ,abatutsi mushaka gusubira kwica abahutu mwaraye mwiyerekanye ko muri abicanyi guturira umwana mw’ipine!!!!
    Abo basenyeri bashaka gutegeka nibaje mw’ishamba bareke kwinyegeza inyuma y’amakanzu,mbega aho twariko turapfa twishwe n’abahima n’abanyarwanda ko batavuga,ubu niho bakunda uburundi n’abarundi,barakanga abatabazi!!!Ubu harageze ko bose batanga des leçons ngo ni za basenyeri,ntanumwe akibumviriza uretse abatutsi n’ibihutu bitagira umutwe!!!!Iyo murata ko mushigikiwe muvuge abandi mureke abasenyeri,ariko nabo bandi je sinumva ico badukangisha,imfashanyo,barayigumya ubundi ho si izo baca bakurikira kuza kuzirira iwacu,uwumva igihugu kiri invivable naje aho yiyumva neza,kurikira abanyakirundo canke muje USA!!!

  • Brov Vital. Nous devons defier ces messages de tigres en papier. Quatre actions prioritaires:
    a) Ntamwana a bien dit que nous n,accepterons pas la 3eme candidature de Nkurunziza. Maintenant qu,elle est officielle, l,eglise catholique doit agir; notamment en declarant qu,elle se retire de l,observation electorale. Ca fera effet d,une bombe.
    b) La Cosome (j,ai vu Justine dans les manifestations) doit annoncer qu,elle se retire egalement de l,observation electorale. Les observateurs internationaux se sont deja retirEs.
    c) A partir de ce lundi, tous les syndicats devraient entamer un mouvement de greve de 2 semaines pour protester contre la violation des lois qui nous regissent. C,est une revendication syndicale legitime. Nous l,avons faite en d,autres moments et le gouvernement a du negocier.
    d) Si la repression s,intensifie; paralysons l,Etat en optant pour la greve a domicile (restons a la maison) pendant ces 2 semaines de campagne. Ouvrons les eglises dans tous les quartiers (tout le pays) et allons prier toute la journee et la nuit. C,est une strategie de mobilisation (campagne electorale) tres efficace, aux resultats spectaculaires. Et Nduwimana viendra fermer ces eglises. Vous connaissez la suite.

  • Ah numva bitoroshe pe! bamwe barabuza imyiyerekano abandi ati irabandanya,Mana tabara uburundi.

  • Abantu batagomba kurekura manda ya gatatu nukubamesa

  • niba nkuruzinza ari umunyahugu nyawe niyegure

  • Imyiyerekano Ni Vyiza Mugabo Ni Uko Umenga Nta Kintu Gihambaye Kizohava Kivamwo Ko Na Gaciyubwenge Yivuguruje?

  • Vuganeza,
    Genda uri vuganabi kweli. ndabona ko ata bwenge ugira canke ko uri umukunzi w’inda gusa nta gihugu ubabaye, nta n’abahutu ukunda naho ushaka kwigira umuvugizi wabo. Abasenyeri ba Katolika ni umunani muri bo harimwo abahutu batandatu. nta rero nyungu bafise yo gucinyiza abahutu.
    Twebwe abakunda igihugu ntidukeneye umukuru w’igihugu w’umututsi canke w’umuhutu, dushaka umurundi akunda igihugu. Iyaba muri dd umuhutu mufise yotwara igihugu ari PITAPITA, ntaco mwoba mufise mwoba mugaragara. Noneho turazi ko mufise benshi bobishobora, mugabo ka kagwi kiba, kakica ( nibaza ko ukarimwo canke ucuditse nako) niko gategeka ko tuguma dutwagwa n’abasuma, n’abicanyi. Ariko rindira gato ubwicanyi dd iriko irategura vyarashikiriye ONU ubu ntaco mwambariye. Umbabarire ndiko ndata umwanya mvugana n’ikiburabwenge canke uwufise inyungu ziwe gusa. Igore sha murondere umuhutu aciye ubwenge, akunda basi abahutu batobato, yobafasha kuva mubukene barimwo, atinya kwica, atinya kwiba, yubaha amakungu ( niyo yakuye kadafi kandi PITAPITA ntakomeye kumusumvya). naho abatutsi boca baboneraho kubera babana n’abahutu ntaco naho numva ubanka. Ayo makungu ugaya nagomba ndakubwire ko amahera yagaciro menshi uburundi bukoresha ava mumfashanyo. nta vyinshi nogusigurira kuko nasanze ufise ubwenge buke. Harura nawe: mu misi 5 yonyene imyiyerekano yamaze igihugu cahomvye imiriyaridi zitanu. PITAPITA agaca abahenda ngo umutekano ngo urakwiye mu bice 99% vy’igihugu. Mbega imyiyerekano niyashika italiki 15, ayo mahera igihugu kizohomba ( azoba ari nka miriyaridi 15) muzoyakura he? yose hamwe azoba abaye miriyaridi 20. Nibaza ko utahuye yuko iyo umugwa mukuru w’igihugu urwaye igihugu kiba gifise ingorane cose. Ibi vy’ubwoko muhenda abanyagihugu benshi barabahinyuye abandi bazobahinyura vuba. ndabona ko ata bwenge bukwiye ugira ngejejaho.

  • gaciyubwenge na bari mumyirekano ndetse nabanye politik bose bahigira inda nimiryango yabo gusa hooo twarabahinyuye

  • Mes chers amis indongozi hagurukira rimwe mwese ata numwe avuyemwo muje mu myiyerekano harya umwansi mukuru ni ubwoba. Nyeguruke duhagurukire rimwe twese ko Nkurunziza ari umugabo abapfunge ababone. Ikindi Turakeneye ko meme ayandi ma Provinces aja mu muziki nayonyene umwumwe wese arakwiye kworganiza iyo avuka duhagurukire rimwe murabe ko Nkurunziza atomoka. Ntawutsinda abanyagihugu. Abadashaka Nkurunziza ni isinzi harabuze mobilisation gushika no ku gatumba. Niyabandanya atwica naho nawe nyeneazoba ariko ariyahura twamuhaye igihugu ngo akingireabarundi ntitwakimuhaye ngo adukerere. Ntiditinye gusesera amaraso igihugu cacu kugiratugisubize iteka.Barya babikira bazomuhumira yuriye igiti kiturirwa.

  • Kiw,
    nta bwenge ugira. Muzehe ni nde?
    igisuma n’umwicanyi PITAPITA?

  • Petero Nkurumbi ashigikiwe naba Russia kuko yabahaye Nickel,Barundi benewacu ivyo ndababgiye nukuri,u Burundi bugiye kurwa mwisanganya rikomeye gose bugiye gutabagurwa nka Siriya.Barundi yaba umuhutu canke umututsi igihugu turagisangiye ntihagire uwubahenda ngo mwicanire ubusa ahubgo haguruka twese turwanire ivyacu ubutunzi bgogihugu cacu.

  • Encore akabwa
    Ivyo uriko uravuga vyose ndabizi,ariko ico nokubwiraco abo bahutu baciye ubwenge mu mugambwe wacu wewe bareke twebwe twatanze peter ,vraiment c’est fou,abatutsi ntigahera,nivyo mu mugambwe wacu mushaka gushiramwo inzara,ayo ma milliard si twebwe tuyarya twenyene mugabo turanseko mudutegeka nivyo dukorera mu mugambwe wacu ,ayo mahera y’agaciro mweho muzoyasanga iyo ari murazi gushikayo za USA n’ahandi,abahutu batobato baramenyereye kwimenya ,abahima babakoreye pire ku bw’imana bariho.Ewe kabwa shahu ivy’amoko bireke kubidugako cane ,ahubwo ni wewe ugwaye ibisazi,ntihaheze kabiri mwaraye muturiye uwo kwa rwasa ngo ni imbonerakure,une fois de plus mwiyerekanye,de vrais sanguinaires,aho rero sinziko abanyagihugu bazohinyura twebwe canke mwebwe mwaraye muzuye nivyo bari baragerageje guhamba au fond de leur subconscient pour essayer de vivre,abatutsi muri ubwko bubi bw’abicanyi kandi ntawe mugihenda ONU n’abanyabulaya amanyanga musangiye ni mwe muyazi desormais on dit on s’en foue et ,urugamba rubandanye il n’en est pas question ko mudutegeka ivyo dukora,gwana,uwuzosigara atware,abo bahutu babakurikira ntaco ndabavuzeko.Oh kabwa sha,ivyo vyo gukomera vya ba kadhafi sivyo turimwo,i la haye ntaho tuzoja,dufise determination pas question yo gutanga uwundi mu candidat ,amakungu encore une fois ni benewanyu mu manyanga on vous emmerde tous au tant que vous êtes!!!!!!!

  • uyo vital nshimirimana urimbwa kweri wenubona ko igihigu cacu gitembagaye kubera imyerekano urimbwa nabwenge ugira ikijuju mbwa wamuhimbiri ubwoko bubi urabona kugumura abandi

  • None ko bavuga ngo imyiyerekano ihagarara nibahagarike ahubwo icatumye haba iyo myiyerekano

  • Mbega Yemwe Aburundi Barakenyeye Banirwe Babona?Aho Peter Ntiyoduha Amahoro Akihangane Ico Kiringo Akakireka?Emwe Birame Ndore!!

  • Mbega ngo uri Vuganeza, uratutse izina iyo wiyita Vuganabi.

    Mbega ico kigugu cigize umuvugizi w’abahutu ni icahe?
    Jewe ndi umuhutu ariko ivyo uvuga biraboneka ko uhaze uri muri barya bishe igihugu.
    Mbega izo ntwaro z’abahima uvuga, hari uwishe abahutu bangana nabo uwo Peter, Adolphe na Bunyoni nabo bakorana bishe.

    Tekereza sha urahaze ntusubire kuvuga ngo uriko uravugira abahutu batagutumye, mbega nimba hari uwaturijwe i pneu naho bibabaje barya bamaze iminsi bicwa na police bo harya ntibava amaraso nkuwo wundi ko utabavuga.
    Ivyo vyo kwitwaza ngo abatutsi ni abicanyi umenye ko ubu twabonye ko mu bwoko bwose harimwo abicanyi, tumaze imyaka tubibona iyi ntwaro ya DD imaze.
    Mbega mwebwe nimwe mutari abicanyi n’inganda mwatikije muri mw’ishamba
    harya mwariko mukora iki mutegera abantu ku mabarabara mubakorera ayatavurwa.
    I Sentare i La Haye murahabona, ico nzi nuko turetse na sentare zo ngaha mw’isi hari sentare mutazorengana y’Ijuru aho mwivugisha Imana kugira mwihe
    amahoro mu mitima kubera inganda mwatikije.

    Hariho umucamanza atarenganya azobacira imanza ivyo mwivugisha vyose kandi noneho no kuri iyi si muzobona inkurikizi ya maraso mwasheshe.

    Reka kwigira umuvugizi w’abahutu geza aho, uri ikijuju umugani w’uwundi ubwenge bwawe bugarukira hafi no kukubwira wewe ni uguta umwanya.

  • Tuzigaragamvya mpaka Pita atemvye. Ntitukimusahakaaaaaaaaa! Aba DD ni barondere uwundi mu candidat sinon. Hora mwogeje inkoho muturase. Mube muragwiza ibicumuro nahandi ntaco mucera.

  • AHUBWO VITAL NTUMARAMARA!BURYA WIBAZAKO TUTABAHINYUY WWE NA PACIFIQUE?MUGABO MUMENYE KO MWAMAZE KUNANIRWA KANDI UMENYE AMARASO YA MISAGO LEONIDAS AZOGUKURIKIRANA KANDI NTAGAHENGWE TUZOGUHA KUKO WEWE NA PACIFIQUE MURI ABATUTSI BABA EXTREMITE BABI MUKINYEGEZA MUMASHIRAHAMWE.TWARABONYE IVYO MUSHAKA ARIKO NTIMUZOBISHIKALO

  • AHUBWO VITAL NTUMARAMARA!BURYA WIBAZAKO TUTABAHINYUY WWE NA PACIFIQUE?MUGABO MUMENYE KO MWAMAZE KUNANIRWA KANDI UMENYE AMARASO YA MISAGO LEONIDAS AZOGUKURIKIRANA KANDI NTAGAHENGWE TUZOGUHA KUKO WEWE NA PACIFIQUE MURI ABATUTSI BABA EXTREMITE BABI MUKINYEGEZA MUMASHIRAHAMWE.TWARABONYE IVYO MUSHAKA ARIKO NTIMUZOBISHIKALO

  • Ndumva hari iyindi myiyerekano yatanguye kuri ino site y’Igihe y’abarundi. Nimutekane Imana iratubona twese kuko nta nyagupfa nta nyagukira mu barundi bose. Twarahumaniwe n’ivy’amoko mu Burundi, harageze ko tubirengera kuko sinovuga ngo tuvyibagire bidakunda. Rero dushire inguvu zacu mubitwubaka ivyo guterana amajambo ku moko tubivemwo naburya ata Gouvernement ntagatifu tuzopfa tubonye mu Burundi kubera izo ndyane z’amoko zaduciyemwo. Mbega ni nde azotuvura iyo ngwara vyukuri ???

  • Anikira menyo namazuru ngo ntibaguhinyuye indakubitakudeta kunyaye vyose uzobibazwa rindira ntamvura igwantihite pasfique

  • Mwize vyubusa muravuga imyiyerekano ngwikomeze mugihe icatumye muyijamwo ubutungane bwaragikenyuye mukwerekanayuko kwitoza kwa Nkurunziza kwemerewe! None ntimubonako tugumye mwibarabara abavugako dufisibindi twihetse inyuma Atari ikiringo 3 ca Nkurunziza? Ukwovyogendakwose buryabutungane bwarinze bucurubanza kurya tugakomeza kujamwibarabara tuzogiribibazo burikazoza ntakibuza ubonako niryafoto yokwica umuntu tukanamuturira tuvugako ari Imbonerakure biriko birahurahurako iyowishe umuntu umuhora ngonuko arimumurwi runaka ngo urubaza rwitwako ubawakoze genocide.

  • Ico nobabwira co,amoko ni mushire hasi! Mbega Uburundi butarimwo amoko buzoboneka he? Nta kibazo c’amoko kiri mu myiyerekano. Mbe muri leta nta Batutsi bari yo? mu myiyerekano nta Bahutu bari yo? Vuga Make nta vy’amoko ngaho,ukuri ntikurinda amoko.Yaco" muraba urutoke baberetse ukwezi!". " Tout change tout évolue.,ibidahinduka navyo ni akazi kavyo." Kura amoko murabe ikibazo kibateranya. Erega ico Abarundi dupfana kiruta ico dupfa. Be bamwe ahandi ho "vous mourrez comme des imbéciles." Mpinyuza ko mbeshe!

  • Abobatutsi ni basubire iwabo mumisiri kuko nibobariko batoba i gihu.bakwiye guhonywa bagahera niho igihugu cotekana.

  • Nagomba nsabe administrateur wa igihe arabe ivyo bintu apublia. Exemple ntoye au hazard comment ya mushaur na joker.

  • Turasavye dushimits ko Sebarundi ariw Nyen’icubahiro Pierre Nkurunziza yogira ic’akoze mu buryo bwose bushoboka kugira ngo iyo myiyrkano ihagarar na cane can nko gutunganya ibiganiro kugira ngo bavugane ku catumy iyo myiyrkano itangura. Abarundi bati:inzira nziza woyicamwo kabira. Ku bwanje ndipfuza ko hoba "IBIGANIRO" bihurikiyemwo impande zos.,kugira ngo batorer umuti ku kibazo kijanye n’umutkano utifashe neza bivuye ku myiyerekano na cane mu gisagara ca Bujumbura. Imana nyen’amahoro n’ifashe abarundi n’Uburundi. Murakoze.

  • Turasavye dushimits ko Sebarundi ariw Nyen’icubahiro Pierre Nkurunziza yogira ic’akoze mu buryo bwose bushoboka kugira ngo iyo myiyrkano ihagarar na cane can nko gutunganya ibiganiro kugira ngo bavugane ku catumy iyo myiyrkano itangura. Abarundi bati:inzira nziza woyicamwo kabira. Ku bwanje ndipfuza ko hoba "IBIGANIRO" bihurikiyemwo impande zos.,kugira ngo batorer umuti ku kibazo kijanye n’umutkano utifashe neza bivuye ku myiyerekano na cane mu gisagara ca Bujumbura. Imana nyen’amahoro n’ifashe abarundi n’Uburundi. Murakoze.

  • imana izarinde abene gihugu naho abanye politike bage baganira kubibazo bihari aho gushyamirana

  • Ww wiyita jokeri aracari ikijuju canyuma kwisi kuko yuvuze yuko abatutsi bose bahone mbe wokunguki
    jewe ndu muhutu ariko uravye ivyo abahutu bakora umengo bafise ibisazi mumutwe nka wewe mu myaka 10 abahutu bamaze kubutegetsi bashitse kuki ? Raba ugwanda rutwaga nabatutsi na uce uraba nubwo burundi bwawe mbe ubona bisa na gato rero umuhutu wese agifise ivyiyumviro nkivyawe agwaye mumutwe nka wee

  • mwebwe mwese ndabona ko atco mukora ngaho mu gihugu kiretse kuconona nzaza ariko vyari kuba vyiza iyo mwese mwaihana mugaca bugufi none aho ntimwibuka ivyahise?Iyaba mwari muzi ko mwese atawaremwe n’Imana mwavyawe mwari gutekereza

  • mwebwe mwese ndabona ko atco mukora ngaho mu gihugu kiretse kuconona nzaza ariko vyari kuba vyiza iyo mwese mwaihana mugaca bugufi none aho ntimwibuka ivyahise?Iyaba mwari muzi ko mwese atawaremwe n’Imana mwavyawe mwari gutekereza

  • Igihugu nicacutwese arikondabajwe nakiryakijuju canditse ivyamoko aho arabonako Rwanda kitwawe neza nubushabiki igikwiye subwoko butwara igihucacu ahubwotwifuza ko igihugu gitwagwa nababo uwona. Yibagiyeko icaricatumye igihukija muntambara Bari ubutegetsi nkubu turikoturiya miriza nizere kwiyintwaro itangamiye abatutsigusa kanatsinda NDUWIMANA numututsi kandi niwe arimberemukuyishigikira amahora ara bose uwuvugaubwoko nateshwe ate jewe nizere ko abantubavuga batiyamirije caddie fdd iconzi niko abantubavuga biyamirije peter imyiyerekano nimwayishiramwo amoko mugombe maire mwirabara ntacomuzoba muze muzobamuharanira inyungu subwoko ivyinavyo ntahobizobashikana turazinanye abattu do ntibatora imigambi umuntu azorangura icobashirimbere muées mwarakibonye murakizi niconyene nawe uriko uriyunvira gusa ndabonako harintambwe uriko muratera

  • Igihugu nicacutwese arikondabajwe nakiryakijuju canditse ivyamoko aho arabonako Rwanda kitwawe neza nubushabiki igikwiye subwoko butwara igihucacu ahubwotwifuza ko igihugu gitwagwa nababo uwona. Yibagiyeko icaricatumye igihukija muntambara Bari ubutegetsi nkubu turikoturiya miriza nizere kwiyintwaro itangamiye abatutsigusa kanatsinda NDUWIMANA numututsi kandi niwe arimberemukuyishigikira amahora ara bose uwuvugaubwoko nateshwe ate jewe nizere ko abantubavuga batiyamirije caddie fdd iconzi niko abantubavuga biyamirije peter imyiyerekano nimwayishiramwo amoko mugombe maire mwirabara ntacomuzoba muze muzobamuharanira inyungu subwoko ivyinavyo ntahobizobashikana turazinanye abattu do ntibatora imigambi umuntu azorangura icobashirimbere muées mwarakibonye murakizi niconyene nawe uriko uriyunvira gusa ndabonako harintambwe uriko muratera

  • musubire muduhende shirira abasore bashiririye baraberetse ko 48 heure ari bure cayi

  • iryo jambo nta munto ryoca ivutu kuko gaciyubwenge yasomye ivyipfuzo vya comite nkuru .igisigaye n ukuraba ko abishira mu ngiro ?.abakora nibakore bakore

  • @mimi niko
    Mbega ko bikubabaza ko ndiko nkoresha des termes claires,ariko abatutsi toujours la meme chose uri umuhutu wa he,Abahutu nkawe ntabo dushaka twarabahaze nibo batumye dusubira mw’ihumbi souvent.Abo bahutu nta peter yabishe ni mwebwe abatutsi mwwabishe aba sans echecs ntaho baroye,nimwebwe mwishe barya babikira muturira n’amasoko kugira muteranye peter na benewabo kandi benshi batanguye kwibuka amarementanya mwamye mukora kuva kera,abo ba fnl mugenda muririmba ni mwebwe mwabishe mukabisuka kuri peter kubera mufise amaradio mwakuye muvyo mwatwivye mugaca musamirana hose muhenda abanyagihugu ,mbega weho wibaza naho woba uri umuhutu ,tu crois que ari wewe uzotuma abahutu n’abatutsi baba umwe uri ikirosi,mbega wewe ivyo vyabereye mw’ishamba niyo wari,et meme woba ariyo wari,benewanyu bagufashe nabi none waronse aho uhungira!!Mu batutsi!!!Ewe izo sentare zo mw’isi ntazo tuzojamwo izo zo mw’ijuru umuntu azobimenya ahageze murazijamwo mwebwe ahubwo mugende mwese ubu nyene tu parles.Urahumba kumbwira si uguta umwanya sinari namenye ko ari na jewe wishuye ico gitabu cose,amoko murayumva mugasimbira mu gicu,mwayakorako mugasha iyo n’inkurikizi y’amaraso y’abahutu mwanyoye ataco bazira.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.