IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Inama mpanuzwajambo za komine zisabwa gukurikiza mategeko

Inama mpanuzwajambo za komine zisabwa gukurikiza mategeko

mardi 4 Ruheshi 2013

Ikurwa rya musitanteri n’abagize inama mpanuzwajambo ya komine rizhora rituma guhera ubu n’ibiro vya komine vyose bikomborwa.

Nk’uko vyashikirijwe na Edouard Nduwimana, guhera ubu, inama mpanuzwajambo ya komine izokura umusitanteri, n’ibiro vy’iyo nama bizoca bikurwa.
Ivyo bikaba vyavuzwe n’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu mu nama yagirishije kuri uno musi wa kabiri, ari kumwe n’abatowe mu ntara zose z’igihugu c’Uburundi.

Umushikiranganji Edouard Nduwimana yaciye aboneraho n’akaryo ko gutera akamo abo batowe kugira bareke imigambwe ikore ama nama mu mutekano n’aho ata mpusha boba barinze gusaba.


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.