IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Intwazangabo 23 zirukanywe mu gisirikare c’Uburundi

Intwazangabo 23 zirukanywe mu gisirikare c’Uburundi

mardi 1er Kigarama 2015, par egide

Abasirikare b’intwazangabo bagirizwa ugushaka guhirikwa ubutegetsi bafatiwe ibihano vy’ukwirukanwa mu gisirikare c’Uburundi.

Général Major Pontien GAYICUBWENGE yari umushikiranganji w’ukwivuna abansi imbere y’uko havugwa ugushaka guhirika ubutegetsi bwa Petero NKURUNZIZA, hamwe na Général Major Godefroid NIYOMBARE yamenyesheje ko ariwe asenyuye ubwo butegetsi bigahava biburizwamwo, bompi bari muri izo ntwazangabo zirukanywe mu gisirikare c’Uburundi.

Abirukanwe mu gisirikare ni :

Général Major Cyrille NDAYIRUKIYE, Général Major Godefroid NIYOMBARE, Général Major Pontien GACIYUBWENGE, Général Major Juvénal NIYUNGEKO, Général de Brigade Prime NGOWENUBUSA, hamwe na Général de Brigade Philbert HABARUGIRA.

Colonel Sylvestre MIKOKORO, Colonel Antoine Zacharie TWAGIRAYEZU, Colonel Michel KAZUNGU, Colonel Ambroise MANIRAKIZA, hamwe na Colonel Jean Bosco CUMA

Lieutenant Colonel Arcade NITEREKA, hamwe na Lieutenant Colonel Simon Pierre NAHIMANA.

Major Onésphore NDUWIMANA, Major Prosper NKURUNZIZA, Major Nicaise NTAHOMEREYE, Major Salvator BAPFUTWABO, Major Gabriel NDANEZEREWE, Major Jean Bosco NDUWIMANA, Major Renovat NDUWAYO, hamwe na Major Aloys NZOKIRA.

Capitaine Pierre Claver BUKURU, hamwe na Capitaine Albert NDIHOKUBWAYO.


IGIHE

Messages

  • Abwo Bari Barabatebeje!Kudashima Ni Icaha Kibi Kuko Uba Uriko Urasuzugura Imana Mukuyereka Ko Ataco Ishoboye,none Ho Yarabagaragaje!

    Abo Bose Bari Babayeho Neza Barya Amafranga Y’igihugu Kandi Bahembwa Menshi!None Bibaza Ko Bose Bazobera Aba Présidents Icarimwe Ko Igihugu Gitwarwa N’umukuru W’igihu Aba Umwe?

    Abagize Tombora Bakakigumamwo Kuko Bavyitwayemwo Neza Mukuburizamwo Imigambi Igayitse Y’izo Ntwazangabo Murakomere Kw’ibanga Ntimudohoke Mutaravye Ubwoko Bwanyu!

    Ewe Barabaye Aba Civile Batagira N’umuzamu Bari Abanyacubahiro!Ntakundi Amaronko Menshi Aziba Amatwi!Ok

  • Ntaco Bahomvye Uwabahaye Ayo Mapete Niwe Ayabatse.

    Ivyo Uhawe N’ugutora Uvyakwa No Gutakara!
    Abafise Amapete Baruhiye Bazi Uko Yabagoye Barayabungabunze!

  • Ntaco Bahomvye Uwabahaye Ayo Mapete Niwe Ayabatse.

    Ivyo Uhawe N’ugutora Uvyakwa No Gutakara!
    Abafise Amapete Baruhiye Bazi Uko Yabagoye Barayabungabunze!

  • Nibigumye nakare bari basubije abarundi ku vya kera twari twibereye mu mahoro

  • Kizigenza Yari Yarababwiye:
    1.Amase Ya Kera Ntagihoma Urutaro

    2.Uwuzorukarisha Ruzomumwa

    3.Uwuzowatsa Tuzowumuzimirizako

    4.Uwuzotanguza Intambara Izohera Murugo Iwe Iherere Iwe

    5.Ntantambwe Muzotera Muragerageze Murabe Canke Mubaze Ababigerageje

    6.Muzohera Nk’ifu Yimijira

    7.None Ntiyari Yarababwiye Bagure Amagodiyo Ko Tuzobirukako N’ibirenge Bigashuha, Kuki Batazigura?

    8.Ntatambara Izosubira Kuba Mugihugu Cacu C’uburundi Imana Yo Mw’Ijuru Niyo Cabona

    Mwebwe Mwibaza Ngo Ariko Abatera Inkuru?Ico Yavuze Kitabaye Ni Ikihe?

    Ikibabaje Nuko Abo Yabibwira Bicaranye Batavyumva Ariko Twebwe Bato Turi Kure Tukavyumva Kandi Tukabigendera
    "MURAKINA N’ABO MUNGANA MURI POLITIQUE NKURUNZIZA ARABASUMBA"

  • Nubundi uburundi burihangana, abantu bagakora ibintu icese atakwihisha bakageza ubu batarabacira urubakwiye! Nibagende baraduhakije kudushira mubukoroni bwa ! Shaaa ubutubatugeze ahumwansi ashaka. Uburero turaje dukomeze duhangane dukuramwo kamwekamwe canke birorere guhangana ububiligi bqarateguye ikibanza cabifuza kubuha uburundi kwongera kudukoroneza ahokuba.

  • Niko Vyategerezwa Kobatembagaje Ubutegetsi Bikanka Nukonyene Igikorwa Gisigaye Nicubutungane.

  • @kayihura uratagura uje imbere wewe uzi ingene bica ariko kushavuye??urica nkuruziza abo 999 ubareke kuko nicuti zabatutsi

  • Noneko Nkurunziza Abirukanye Bose Asigaranye Bande?Baraje Bamwigire Umutwe Kuko Arababangamiye Jewembonayuko Umugabo Umwe Atonesha Abagabo Banganankuko Nkurunziza Niwe Ariko ariko Arazana Amatati Mbona Yobabisa Kuko ntibazomwihorera Urazi Umuntu Akuvanakumuceri Akaguhata Amateke

  • Nibatahe Kuko Ntibazi Gukora Igikorwa Cabo Nibagahe Abandi Ega Abize Bariho Muburundi Sikwarambo

  • ivyo ntagitangaje kirimwo.Kuba birukanywe mu gisirikare ivyo nukuvuga iki?nubundi ntaco bari bakirimwo.Gusa imana ishimwe ko batapfuy.Mbega uwo yabirukanye asigaje imisi ingahe ku butegetsi?imbwa iti burakey tuherek abagabo.Ubwo bufaranga bwabo bwobwo harubwo bari bakibaha?uwo yabirukany ariganyira barya barabirondey.Kandi kugaruka mu gisirikare si kera.Tuzotuma dukoresha amaguru namaboko.Tout est possible,la limite est le ciel.

  • Jewe Ndabona Nkurunziza Abageramiye Umugabo Umwe Akirukana Abagabo Banganankuko Birababaje Umuntuakuvanakumuceri Akaguhata Amateke Nibamwigire Ikibazo Ciwe Kuko Ndumva Aremerewepee

  • MBEGA YEMWE PETER IMANA IMUBABARIRE NABO BOSE BARINYUMA YIWE NAMWE BASIRIKARE BAPOLICE BUMUTIMA KANURA BURAKEYE CANE CANE BATUTSI SIHEZA NAHO MURARAMA PETER ARABAMARA KUMAYERI MESHI NIMUBE KAYESU MUCUGURE IMIRYANGO YANYU WANKA GUGARURA IMPENE IRIHAFI YAMARA KURENGA IMPINGA UKABIRA NKAYO !

  • ahaaa! noneho,twahoratwivugisha,ubuhokarabaye,nonegamana,tugiyubabnde?nagaciyubwengekweri?bamuhoyiki?habanj,abakuru,natweturimugushkigwa,none,ikigihugucabaye,icumuntu?abarundibenshitarituziko,aricimana,ahaa,karabaye,ntakumana,agura,uburundikugira,turonkiyaduhungira,kuko,isiwaduhaye,yatwanye

  • NIBAVEMWOBARATWONENERA URAVYI KUNTUBADUHABUYE

  • salathieri uranguha ngo nta ntambara izongera kuba i Burundi none iyiriko irabera i Bujumbura niki?si intambara? Nkurunziza yarayitangije ahubwo wowe ntavyo uzi igumire mu rutoki wiyunamire abazi intambara bariko barayibona hamwe nabariko barabura ababo nibo babona ko intambara mu Burundi ikomeye

  • salathieri uranguha ngo nta ntambara izongera kuba i Burundi none iyiriko irabera i Bujumbura niki?si intambara? Nkurunziza yarayitangije ahubwo wowe ntavyo uzi igumire mu rutoki wiyunamire abazi intambara bariko barayibona hamwe nabariko barabura ababo nibo babona ko intambara mu Burundi ikomeye

  • amatonko meshi azibamatwi, kandi inda ndende ihumirinrya, uwugomba akarenze arezwivu,..ikinyamakuru igihe turagikunda ariko muze mwandika ikirundi nyaco. nkakarorere uku ngo ( guhirika )iki nikinyarwanda kabisa. mukirundi cacu ni ( ugutembagaza ubutegetsi ).. ok tugarukire ikirundi!!!!.

  • amatonko meshi azibamatwi, kandi inda ndende ihumirinrya, uwugomba akarenze arezwivu,..ikinyamakuru igihe turagikunda ariko muze mwandika ikirundi nyaco. nkakarorere uku ngo ( guhirika )iki nikinyarwanda kabisa. mukirundi cacu ni ( ugutembagaza ubutegetsi ).. ok tugarukire ikirundi!!!!.

  • ariko abarundi muratwenza! wirukana generale mu gisilikare ute? bibaho? ushobora kumwambura ama grades. mais kumubwira ngo va mu gisoda, ntibishoboka.

  • None ga ko babirukanye ,ntibazoca bajabuka igwanda iyibandi bari kugirango bitegurire hamwe nabandi ibijanye nintambara?

  • WEWE UVUGA ABATUTSI BARAGOWE URABESHA.ABAHUTU NTIBIGEZE BIFUZA KUBICA NAGATO.
    NUKO BAMWE MUBATUTSI NABABIRIGI BIFUZA DICTARSHIP ABAHUTU NABO BAKIFUZA DEMOCRATIE (ICO NICO DUPHA NTAKINDI)
    UYO NKURUNZIZA MWANKA BIRENGEYE NIMURINDIRE 5ANS MURABE KO ABAHUTU BATAZOBAFASHA KUMUKURA KUBUTEGETSI ASHATSE KUBUGUMYA.
    EREGA TWEBWE ABAHUTU TURI DEMOCRATIC .IGITUMA TUTABAFASHIJE BIKWIYE KUMURWANYA NUKO MWAMUHOYE UBUSA.
    NICO GITUMA IMANA IMUKINGIRA

  • Ahubwo Baribakwiye Kwicwa Guko Nabonyene Barishe Kandi Bashaka Guhonya Abenegihugu

  • Ariko akweger’abarundi intambara kuko abo ntibagiy kwicara munzu!!

  • ABOBANTU MUBACUGIRE HAGUFU NTIBIFATANY NIZINDINKOZI ZIBIBI MUGUHUNGABANYA UMUTEKANO

  • ABOBANTU MUBACUGIRE HAGUFU NTIBIFATANY NIZINDINKOZI ZIBIBI MUGUHUNGABANYA UMUTEKANO

  • ndabishimye sana , kuko babonye umwanya wo kwitegura neza kwirukana colonel na general Bose hamwe 23 rimwe Bose, ubwo se hasigaye bande? OK abo birukanywe bakore akazi kabo neza kuko peter abahaye umwanya ubu bonanee nukuyizihiriza Bujumbura kabisa igihe kirageze, Peter yikozeko vraiment byerekanako nta mujyanama afise .

  • Nkabanyagihugu bato turashimwe ingingo umukuru w’igihugu yafashe kubashatse gutembagaza ubutegetsi kuko abo nabansi buburundi n’abarundi bashatse gucanishamwo abarundi twari twibereye mumahoro

  • WEWE UVUGA ABATUTSI BARAGOWE URABESHA.ABAHUTU NTIBIGEZE BIFUZA KUBICA NAGATO.
    NUKO BAMWE MUBATUTSI NABABIRIGI BIFUZA DICTARSHIP ABAHUTU NABO BAKIFUZA DEMOCRATIE (ICO NICO DUPHA NTAKINDI)
    UYO NKURUNZIZA MWANKA BIRENGEYE NIMURINDIRE 5ANS MURABE KO ABAHUTU BATAZOBAFASHA KUMUKURA KUBUTEGETSI ASHATSE KUBUGUMYA.
    EREGA TWEBWE ABAHUTU TURI DEMOCRATIC .IGITUMA TUTABAFASHIJE BIKWIYE KUMURWANYA NUKO MWAMUHOYE UBUSA.
    NICO GITUMA IMANA IMUKINGIRA

  • Aho ngo arakemuye ikibazo baramuhenze!mbega umu général niwe gusa yoshobora gutembagaza ubutegetsi?!arahuvye

  • Ntakumbure abiyegereze!!!!sabana ba bato

  • Ico mukwiye kumenya n’uko ubu igihugu kirimwo ABAGABO kandi nitwe tukirongoye,apana baba SHINGANTAHE mwahora mwahora muririmba,nyakwubahwa umukuru w’igihugu cuburundi yarahanuje ababijejwe,abo nabo nibavyinvya amazuru ngo ni za ba General tuzoyakubitako urushi,nibatekereze batwagwe nkabandi barundi,nibarindire mandant y’imyaka 5 irangire.(TEKEREZA MWABARUNDI MWE).

  • Nibabashonore izombwa yabahaye ama pete none nayabambure kuko nohanyuma bokongeye gutegura iyindi coudtemp mugabo barahumba natwe ntitwicaye niyompanvu twabaye demobe ariko kurwana niho twibereye bazosare tubahe ibibakwiriye

  • Merci le monde entier de continuer a assister au génocide des Burundais. Vous le saviez, vous le voyez, et vous hésitez. C’est tres regrétable de voir un peuple mourrir au 21eme siecle malgré les moyens dont disposent les puissances pour sauver des humains meutris par un gouvernement supposé les protéger.

  • Ugiye Wagwikwegera Kuko Aba General Sabana Iyo Nikambi

  • Abarundi birabagoye, mbega mumitwe yanyu haba mwiki!? biratangaje kubona ibintu vyose mwandika atarivyo kubasha kurondera amahoro ahubwo urivyo guturira no kubacanishamwo.mwese abandika ayo majombo mabi, ndabibuste ikintu kimwe; amaraso yu mw ana wumuntu nayi gikoko biratandukanye. kandi nta mugisha urimwo kubakora iryo bar a. kandi ntayamenye numw e agira amahoro, kuko ntahera arakurikirana, shake uje kwica mwijoro wibazango urihishije, nubusa kuko uwaturemye, ijoro numurango vyose nikimwe, vyose. Nimuhagurukire kushaka amahoro, tutitwaje ngo agave mbamwo ngo ntantanbara urimwo! igihugu nikimwe numubiri, iyo ham we hababaye umubiri wose uravyunva.

  • Nivyopeee!!! Imfyisi Ntizibana Nintama

  • Muragaba abo birukanwe bagiye kuzoca bakoriki? Ibamaze kumenyera irigara kumvo zukubura akazi nibabanyakirire ntakundi inizwe na mata ntawundi mwerera nabandi mumenye akazi gataguye kaba gaheze kandi ngo ingero ugerera mwabandi niyo nawe uzongererwamwo nawe ubirukanye aho turi harabandi natwe tuzigendera mana komeza utabare abana bawe namwe mwirukanwe mwihagane nkignyagano za farawo imana izobatunga ntimuce mwihebura umwana arubwenge yumvira mu nduru murakoze nahanura sinahana imana izabampere impera zivyo mwakoze mwese

  • ess bujuju bwuwo yafash iyongingo ingorane sikwirukanabo?arivyo nisawa arikwigorane nikiringo?.ess burundi ukuntu bwari busigaye butamarigw arikorab amada maremare yariko yicish abene gihugu iyoshetani yabinjiyemwo niyonyen izobihinduka mubimenye

  • Hehehehe Tugabe Abo Bagabo Ntibagiye Kwicara. Hari Nakantu Barenga Cumi! Ahubwo Bakomere Ndazi Harasigaye Abayoboka.Icombona NKurunziza Yikoze Munda Yabuze Uwumuhanura Peee!

  • Yayayaya ego pe!!ndabishimye pe?urabona akaga basize mugihu???

  • Nivyiza cane iyo umuntu ataye intumbero yivyo yiyemeje nikumushimira. Sivyiza kudahana nikubahana, utaravye ngo dupfaniki!,

  • Nibatahe Izonyankaburundi Ariko Mubacunge! Babebaradyame Mwitigura

  • BIHOYE UBUSA
    UMUGAMBI TWAPANZE TUZOGISHIKAKO AHUBWO TURAJE TUBATURIRE

  • sha ivyo muburundi nihatari!! kuvyukuri kugira izo ntwazangabo zirukanwe harakozw amatohoza yokumugaragaro? aho ntiharimwo abaziz ubusa barenganijw? twe muburundi dukeney ko hahanwa nyene gukora icaha siyo abantu usanga bahay bazira abandi. wa reta ya petero uraraba neza akarenganyo ntikabe icivugo cawe.

  • Ingorane Mu Burundi Mwe Mwiyumvira Ko Ziva Kuki N’ubukene Ku Ruhande Rwa Leta Canke K’uruhande Rwabarwanya Leta?Mbe Jewe Na Wewe Dupfa Iki Ubu Twese Ko Tutanganya Uburyo Mukubaho Kwacu Tuje Kurwana Kugra Tubeho Tungana Twese?Mumenye Turangana Yamaze Abatwa.Raba Abatubujije Amahoro N’abo Basanzwe Bafise Ariko Ugasanga Jewe Mbuze N’ayo Kugura Umunyu Nije Ndi Guhohoterwa Mbuzwa Umutekano Kandi Abo Badusumba Ugasanga Nibo Bariko Barereka Ingeso Mbi Abana B’abanyeshure Mwe Mwiyumvira Ko Vyopfabiheze Mu Burundi Ari Ukwihorana Uko Mumenye Abarundi Bakenye Nitwe Tuzoguma Dupfa Kurusha Abandi Murabo Babasuka Bakaja Kwica Bagenzi Babo Twari Dukwiye Kumenya Twese Ko Atawuzorusimba.

  • Ndakwemeye nkurunziza urumugabo ushyiramukuri.izintwarangabo.bagage ubwenge, juvenal. Barikuzomerera nabi.Imana ikurinde iguhebwenge bwokuyikorera

  • nonekoabirukanyemugisirikarebazocabajahe?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.