IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ishiramwe rirwanira agateka k’abahumure (addpa)rirarajwe ishinga (...)

Ishiramwe rirwanira agateka k’abahumure (addpa)rirarajwe ishinga n’ibikorwa vya CNTB

mercredi 3 Ndamukiza 2013

Ishirahamwe rirwanira agateka k’abahumure ADDPA ,rirarajwe ishinga no kwiyegurira ku nguvu amatongo kumaze imisi gukorwa na CNTB mugihe mubabikorerwa harimwo n’abahumure.

Iryo shirahamwe ,muvyo rihejeje kumenyesha risaba Leta ko yokurikirana ko bose botunganirizwa.Iryo shirahamwe nyene rihamagarira CNTB gusubira kwibuka igikorwa cabo ko atari gusubiza amatongo abahungutse gusa ariko ari no guharanira umwumvikano nk’uko biri mu masezerano yi ARUSHA.


Dorine Irambona

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.