IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 10 Ruhuhuma

Itarike 10 Ruhuhuma

vendredi 9 Ruhuhuma 2018

Igenekerezo rya 10 Ruhuhuma.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1729: Lazzaro Spallanzani, umutariyano w’umuhinga muri Biologie.

JPEG - 250 ko
Lazzaro Spallanzani

1932: Le Prince Louis Rwagasore, uncungu y’ukwikukira kw’Uburundi.

JPEG - 51.4 ko
Le Prince Louis Rwagasore

1950: Sapho, umuririmvyi w’umufaransa.
1954: Dominique Bertinotti, umugore w’umunyaporitike w’umufaransa.
1984: Marouane Chamakh, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Maroke.

JPEG - 48.7 ko
Marouane Chamakh

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1862: Samuel Colt, umuhinga w’umunyamerika.
1951: Yoshio Nishina, umuyapani w’umuhinga muri physique.
1971: Coco Chanel, umufaransakazi w’umuhinga muvyerekeye inyambaro.

JPEG - 248.4 ko
Coco Chanel

INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.