IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 15 Rusama

Itarike 15 Rusama

jeudi 15 Rusama 2014

Igenekerezo rya 15 Rusama ni umunsi wa 135 w’umwaka w’2014. Hasigaye iminsi 230 ngo urangire.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1811: Igihugu ca Paraguay kirikukira.
1889: Inyubakwa ya Tour Eiffel irugururirwa abantu bashaka kuyigendera.

JPEG - 63.6 ko
Tour Eiffel

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1895: Pierre Curie, umufaransa w’umuhinga muvyerekeye physique.

JPEG - 334.2 ko
Pierre Curie

1905: Abraham Zapruder, umunyamareresi yafashe amasanamu y’igandagurwa rya John F.Kennedy.

JPEG - 48.7 ko
Abraham Zapruder

1981: Patric Evra, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umufaransa.

Abawi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1945: Charles Williams, umwanditsi w’umwongereza.
1991: Amadou Hampâté Bâ, umuhinga muvya kahise akomoka muri Mali. Akaba yari n’umwanditsi.

JPEG - 95.7 ko
Amadou Hampâté Bâ

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe imiryango.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.