IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 16 Kigarama

Itarike 16 Kigarama

vendredi 15 Kigarama 2017

Igenekerezo rya 16 Kigarama.

Abazwi cane bavutse kwigenekerezo nkiri

1971: Igihugu ca Bangladesh kirikukira.
1990: Jean Bertrand Aristide atsinda amatora y’umukuru w’igihugu ca Haïti.

JPEG - 74.2 ko
Jean Bertrand Aristide

1991: Igihugu ca Kazakhstan ciganzura Uburusiya bw’ubu.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1485: Catrhine d’Aragon, umugore wa mbere w’umwami Henri w’8 w’Ubwongereza.
1770 : Ludwig van Beethoven, umwanditsi w’umuziki akomoka mu Budagi.

JPEG - 58.4 ko
Ludwing van Beethoven

1790: Léopord wa 1 w’Ububirigi, umwami w’Ububirigi kuva 1831 gushika 1865.
1979: Flo Rida, umuririmvyi w’umunyamerika.

JPEG - 39 ko
Flo Rida

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1916: Raspoutine, uwihebeye Imana w’umurusiya.

JPEG - 173.6 ko
Raspoutine

1982: Colin Chapman, uwatangu imodokari zo mu bwoko bwa « Lotus ». Imodokari zikunzwe gukoreshwa mu mahiganwa yo gusiganwa n’imiduga.

Ibihimbazwa

. Muri Afrika y’Epfo: Umunsi wo gusubiza hamwe. Umunsi watanguye mu 1994, inyuma y’intwaro ya karyanishamiryango (aparthied).
. Bahreïn: Umunsi mukuru w’igihugu.
. Bnagladesh: Umunsi w’intsinzi.
. Kazakhstan: Umunsi mukuru w’igihugu.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.