IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 18 Kigarama

Itarike 18 Kigarama

lundi 18 Kigarama 2017

Igenekerezo rya 18 Kigarama.

Abazwi cane bavutse kwigenekerezo nkiri

1865: Ubuja burakurwaho muri Leta Zunzubumwe z’Amerika. Ivyo bikaba vyakuweho n’ibwirizwa nshingiro.
1945: Ikinyamakuru Le Monde co mu Bufaransa gisohora inomero yaco ya mbere.

1945: Igihugu ca Uruguay kiremererwa kwinjira muri ONU.
1956: Igihugu c’Ubuyapani cemererwa kwinjira muri ONU.
2005: Evo Morales atsinda amatora y’umukuru w’igihugu muri Bolivie.

JPEG - 166.4 ko
Evo Morales

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1878: Joseph Staline, uwabaye umukuru w’igihugu c’Uburusiya.
1946: Steven Spielberg, umuhinyanyuzi w’amareresi w’umunyamerika.

JPEG - 422.9 ko
Steven Spielberg

1946: Steve Biko, umwe mubarwanije intwaro karyanishamiryango muri Afrika y’Epfo.
1963: Pierre Nkurunziza, umukuru w’igihugu c’Uburundi.

JPEG - 96.3 ko
Pierre Nkuruzinza, Président de la République du Burundi

1963: Brad Pitt, umukunyi wa’amareresi w’umunyamerika.

JPEG - 188.7 ko
Brad Pitt

1980: Christina Aguilera, umuririmvyi w’umunyamerika.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1997: Rafaël Ortega, uwatwaye igihugu ca Espagne.
1999: Robert Bresson, umuhinyanyuzi w’amarersi w’umufaransa.

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ururimi rw’icarabu.
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe abahunga.
. Niger: Umunsi mukuru w’igihugu.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.