IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 21 Nzero

Itarike 21 Nzero

mercredi 21 Nzero 2015

Igenekerezo rya 21 Nzero ni umunsi wa 21 w’umwaka w’2015. Hasigaye iminsi 344 ngo urangire.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1921: Hasohorwa ireresi ndende ya mbere ya Charlie Chaplin. Ireresi yise “The Kid”.

JPEG - 45 ko
Charlie Chaplin

1949 : Tchang Kaï-chek aratanga imihoho mu mabanga y’umukuru w’igihugu.
1970: Indege yo mu bwoko bwa Boeing 747 igira urugendo rwa mbere itwaye abantu ibavana i New York ibajana i Londres.
2000: Umukuru w’igihugu ca Equateur, Jamil Mahuad aratangana imihoho mu mabanga y’umukuru w’igihugu.

JPEG - 53.6 ko
Jamil Mahuad

2008: Muri Alaska, ururimi rwitwa « eyak » rurazimangana inyuma y’urupfu rw’umugore yarasigaye aruvuzi kw’isi.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1763: Augustin Robespierre, umushingwamanza akaba n’umunyaporitike.
1905: Christian Dior, umufaransa w’umuhinga muvyo gushona n’inyambaro.

JPEG - 44 ko
Christian Dior

1953: Paul Allen, umunyamerika w’umuhinga muvyerekeye ubuhinga bwa none bita « infrormatique ». Ni umwe mubatanguje ishirahamwe Microsoft.

JPEG - 14.6 ko
Paul Allen

1954 : Idrissa Ouedraogo, umuhinyanyuzi w’amareresi.

JPEG - 71.7 ko
Idrissa Ouedraogo

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1924 : Lénine uwabaye umukuru w’igihugu c’Uburusiya bw’ubu.

JPEG - 73.1 ko
Lénine

2006: Ibrahim Rugova, umukuru wa Reta ya Kosovo.

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ukugumbirana. Ukaba waje uva muri Reta Zunzubumwe z’Amerika.
. Nouvelle-Zélande : Umunsi w’isabukuru ry’amavuko ry’igisagara ca Wellington. Igisagara kiri n’umurwa mukuru w’ico gihugu.


Igihe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.