IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 22 Gitugutu

Itarike 22 Gitugutu

jeudi 22 Gitugutu 2015

Igenekerezo rya 22 Gitugutu .

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1953: Igihugu ca Laos kironka ukwikukira.
2004: Gaston Flosse atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Polynésie y’Abafaransa.

JPEG - 61.5 ko
Gaston Flosse

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1881: Clinton Joseph Davisson, umuhinga w’umunyamerika muri physique. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel muri physique mu 1937.

JPEG - 4.6 ko
Clinton Joseph Davisson

1949: Arsène Wenger, umumenyereza mu mupira w’amaguru.

JPEG - 7.2 ko
Arsène Wenger

1968: Shaggy, umuririmvyi akomoka muri Jamaïque.

JPEG - 95 ko
Shaggy

Ibihimbazwa

. Umusi mpuzamakungu wahariwe abagigimiza mu kuvuga.


INGABIRE Luc-Noël

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.