IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 4 Munyonyo

Itarike 4 Munyonyo

vendredi 4 Munyonyo 2016

Igenekerezo rya 4 Munyonyo

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1922: Umwongereza, Howard Carter, umuhinga muri kahise ka Misiri atora ingoma ya farawoni Toutâkhamon.
1952: Dwight D. Eisenhower atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.
1980: Ronald Reagan, atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.

JPEG - 6.1 ko
Ronald Reagan

1984: Daniel Ortega atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Nicaragua.

JPEG - 30.1 ko
Daniel Ortega

1984: Hatanguzwa imboneshakure Canal+.
1995: Umushikiranganji wa mbere wa Israël, Yitzhak Rabin, aragandagurwa mu myiyerekano yo guharanira amahoro.
2008: Umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika, Barack Obama, atorwa gutwara ikiringo ca mbere.

Barack Obama

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1932: Thomas Klestil, umukuru w’igihugu ca Autriche.
1936: Didier Ratsiraka, uwabaye umukuru w’igihugu ca Madagascar.

JPEG - 7.6 ko
Didier Ratsiraka

1946: Laura Bush, umutambukanyi wa George W. Bush.
1948: Amadou Toumani Touré, uwahoze ari umukuru w’igihugu ca Mali.

JPEG - 6 ko
Amadou Toumani Touré

1951: Traian Basescu, umukuru w’igihugu ca Roumanie.
1969: Puff Daddy, umuririmvyi w’umunyamerika.

JPEG - 7.2 ko
Puff Daddy

1972: Luis Figo, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Portugal.

Ibihimbazwa

. Panama: Umunsi wahariwe ibendera.
. Uburusiya: Umunsi w’ubumwe.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.