IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Jean Marie Barambona yasavye ko itegeko rikingira abaguzi ryosubirwamo

Jean Marie Barambona yasavye ko itegeko rikingira abaguzi ryosubirwamo

vendredi 8 Ruhuhuma 2013

Kuruyu wa gatanu Umwigisha wa kaminuza mugisata c’ amategeko Jean Marie Barambona yasavye igihe yariko aratanga inyigisho kw’ itegeko rikingira abaguzi ko ryosubirwamwo kuryari rihasazwe.

Nkuko yabishimikiyeko,ngo abaguzi mu Burundi barafise uburenganzira bubagenga naho bahura n’ingorane zijanye n’ukutamenya kwabo.

Amenyesha ko bahura ningorane zoku taborohereza mbere n’umutekano wabo.


Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.