IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Kayanza : Abanyarwanda bane birukanwe ku butaka bw’Uburundi

Kayanza : Abanyarwanda bane birukanwe ku butaka bw’Uburundi

vendredi 9 Gitugutu 2015, par egide

Ubuyobozi bw’intara ya Kayanza bwafashe ingingo y’ukwirukana abanyarwanda bane bagirizwa ko baba ku gataka ku gataka k’Uburundi badafise ivyangombwa bibaha ubwo burenganzira.

Abo banyarwanda birukanwe ni TWAGIRAMUNGU Salumu w’i Nyanza, NGENDANIMANA Anastase aturuka i Nyaruguru, André yari asanzwe afise akabare muri iyo ntara ku murwa mukuru wa Kayanza, hamwe na SIBOBUGINGO André aturuka muri Huye.

Amakuru atangwa na Emmanuel Damien NIZIGIYIMANA, umukuru w’igiporisi mu ntara ya Kayanza, amenyesha ko bose uko ari bane bahowe ko baba ku butaka bw’Uburundi badafise impapuro zibaha ubwo burenganzira.

Iyo nsiguro nyene niyo itangwa na Anicet NDAYIZEYE, Buramatari w’intara ya Kayanza, akaba anegura abashaka gufata ico kibazo nk’ica poritike. Uwo aramutswa intara ya Kayanza asaba ahubwo abatagira ibibaranga ko bosubira mu bihugu vyabo kubirondera, kuko igiporisi kigiye kubandanya ico gikorwa no ku bandi bose, yaba abanyarwanda, abatanzaniya canke abakongomani n’abandi banyamahanga bose bari ku butaka bw’Uburundi batabifitiye uburenganzira.

Tubibutse ko kuri uwu wa kane, ku ruhande rwa Kanyaru, abanyarwanda bose bariko biyunguruza bashaka kwinjira mu Buurndi basubijwe inyuma, bamwe mubari mu miduga yunguruza abantu bakamenyesha ko abanyarwanda bari muri iyo miduga batemerewe kwinjira mu Burundi kuri uwu wa kane, ku mvo batamenyeshejwe.
Abaporisi benshi bari bazibiye, imiduga hamwe n’amapikipiki vyunguruza abantu bikaba vyahagarikwa, abarimwo bagategerezwa kwururuka, bagasakwa, bakerekana n’ibibaranga, uwo basanze ari umunyarwanda gasubizwa inyuma, ariko abanyarwanda bava mu Burundi baja mu Rwanda bakemererwa kurengana ata kibazo.


Egide NDUWIMANA

Messages

  • UBURUNDI NIGIHUNGU GITO ARIKO AMACAKUBIRI ARARENZE KANDI ABAHUTU NIMWE MWAMA MUTAGURA INTAMBARA KANDI NTIMURIGERA MUTSINDA ABATUTSI NUBU KOMEZA MUSHIRA INTOKI MUNTOZI MWIBAZA NGO ABATUTSI BARASINZIRIYE MURUKWEGE MUZORUBONA NI 72 KWARINKUKONYENE PETER KOMEZA UWATSE UZOWOTA MURAKOZE

  • reka turebe birahererahe ga yemwe!nkurumbi yasaze nate yomoke.

  • Abo ba DD ntibakigira n,ubwo kurahura. Bariko birukana abavandimw b,abanyarwanda bongera babaturirira amatungo yabo. Ako ni akigenzo ariko nobabwira ko mugiye kubona neza ko atari mwebwe mufise ijambo ryanyuma.
    Mwitegura kwishura aya mabi muriko mukorera abarundi benewanyu hamw n,ababanyi ndets n,amakungu.
    Peter n,ako karwi kiwe kaguma kabahenda ariko iuco mwomenya n,uko azohava kandi ubuzima buzobandanya

  • Kuva kuntwaro y a cami u rwanda ntaho rwigeze rutsinda Uburundi

  • Mbe muraziko iyi Leta ya Nyamitwes iriho ikinisha umuriro kandi baziko abarundi 95% bakiba munzu za nyakatsi!!!!
    Mwakwitonze shahu mwe ko iyi si idasakaye???? Iyi si nti sakaye!!!!!!!
    Nkurunziza azavaho kandi ubuzima buzakomeza, imodoka zizakomeza zigende!!!!! Nyamitwes mureke kuraga abana banyu ububi!!!!! urwanda ntacyo mwarutwara mwebweee. Nubwo rwahagarika commerce yonyine hagati yanyu na Uganda gusaaaa, mwacoka. sha mwagenjeje make matugabomwe ko nta diplomatie muramenya mwabanje mukiga??!

  • This is just poor mindset! muri make abanyarwanda nibo bitiriwe ibibazo byose by’u Burundi, quelle stupidité, quelle maladresse de la part du gouvernement burundais!!!

  • hahahhhhhh, ariko abarundi bafite ubwenge bagiyehe ko kera haba incabwenge? Plus de 7,000,000 haburamo abashingantahe bayobora igihugu? kuko mbona mufite President adakwije muvyiyumviro, kumbure mwamujana kwamuganga on ne sait jamais haraho yoba arwaye mumutwe erega harya kuyobora biravuna. Don’t take this as small thing it’s a serious issue kuko more than 70% aragaragaza ibimenyetso byindwara zo mumutwe, raba namwe itangazo yemereye gutambuka ry’umukuru wumuhari CNDD FDD, ryo kwiyamiriza ubumwe bwa Bulaya, babagabisha ko bazonakwishura ibitariko birakorwa kubera guhagarika imfashanyo, naratwenze ndabura nicyo mvuga. Barundi muve mumoko murabe ingene mwo simbuza uwo murwayi womumutwe hama mumuvuze kandi ivyo yononye muze mumurekurire musanze arwaye.

  • urwanda nimugume iwanyu turavye ubuzima bwurwanda bwarananiye abaturagi burwanda bomokeye muburundi kubwo ubizima rero nibagume iwabo kuko abanyarwa bagenzwa nukuraba imibereho yibindi bihugu

  • nagomba mbwire uwiyita bizi ko nimba utegeye gukora nkuvyo mwakize muri 72 muteshwe mute mwari nwabigize 93 ariko vyarabananiye aho kagame na museveni bariko babandenda ngo bazobafasha hehehehehehee!!!!..gerageza ingumba itazi ikibi irigat’ishenyo uwuzi nuko mugomba kumariza nutwasigaye.tutawasindikiza mpaka Misiri kwenu .

  • @bizi
    Abatutsi turazi ko mwagiye gukora rebellion bamwe mu rwanda bandi muri muri rural mw’ijenda,uko murara mwicaye natwe ni uko,canke ivyo vyo kwirukana abanyarwanda bihuriye he na 72,burya n’ibindi muzobivuga ,mwirigwa mwica abantu ayo maraso yabo muzoyishura,azobahumira

  • igihugu kiyobowe ninjiji gusa sindabona igihugu kiyibowe nibigoryi nku burundi.ibwo nabo ngo bafashe ibyemezo.

  • AMAKURU TUMAZE KUMENYA NUKO UWO WIYITA FIDELITE ALI UMUSILIKARI MUKURU UFITE IPETI RYA JENERAL . NGAHO NIMUBWIRE ICYO GIHUGU AHO KIGANA. CYIYOBOWE NABANTU BINJIJI NKABO.

  • NDI UMUNYARWANDA ariko sinifuza yuko ABARUNDI bakomeza kugira ibibazo kubera abanyarwanda barwanira UBWOKO cyangwa inyungu za KAGAME MU BURUNDI nibaze kubikorera iwacu mu RWANDA. U BURUNDI igihe bufite ibibazo natwe ABANYARWANDA tuzakomeza kubigira. Sibyiza kwishimira yuko UMUTURANYI agira ibibazo. Ibyo ABATEGETSI b’u RWANDA bakomeje gutanga urugero rubi ku bibazo by’u BURUNDI.
    BARUNDI ntiimusinzire mukomeze kuba MASO igihugu cyacu abanzi b’ABANYARWANDA BADAKOMEZA KUBATOBERA IGIHUGU.
    MURINDE BUJUMBURA YANYU NTIMUZARANGARE KUKO KAGAME ARIHO ASHAKA CYANE. BUJUMBURA IFASHWE N’ABANYARWANDA KAGAME YABANYARA KU GAKANU NKUKO MU RWANDA BARANGAYE BAKUMVIRA ABAZUNGU MURI 1994 KURUSHA INAMA Z’ABANDI BANYARWANDA.
    NTA COMMUNAUTE INTERNATIONAL ikibaho ONU ni IGIKORESHO cy’inyungu z’ABANYAMERIKA N’ABONGEREZA bakoresha ABAPREZIDA B’IBISAMBO BO MURI AFRIKA
    MURINDE CYANE BUJUMBURA umutekano mwinshi i BUJUMBURA, IMISOZI STRSTEGIQUE YOSE MUYIRINDE,NO HAGATI I BUJUMBURA,
    NTI MUGOMBA GUKINA NGO MURANGARE CYANGWA NGO MWASAME..OYA.............MWARWANYE IMYAKA ICUMI MUZEREKE KAGAME YUKO ATABARUSHA ISHAMBA.... MUSHIKAME MURINDE BUJUMBURA YANYU

    NGIYE KUBABWIRA IBINTU BITATU:
    ICYA MBERE MURINDE BUJUMBURA YANYU KANDI MUKAZE UMUREGO
    ICYA KABIRI MURINDE BUJUMBURA YANYU KANDI MUKAZE UMUREGO
    ICYA GATATU MURINDE BUJUMBURA YANYU KANDI MUKAZE UMUREGO

    KUKO UMWANZI WANYU NAWE NTASINZIRA... MURAKOZE IMANA IBAHEZAGIRE...

  • NIBATAHE NTACYO BAKORAGA

  • @Bisobanuro, hahahhhh kandi wasanga warize! Mutukisha abahutu gusa, ubwo bwa Kagame buri muburundi c? Cg inyungu ziri I Burundi nizihe? 1994 ngo mwararangaye? Yoooo disi aho niho werekaniye ubuterahamwe bwawe. Ikindi kdi tunarwanye n’Uburundi ntibyadufata 3jrs butari muntoki zacu, ibyo uvuga ngo ishyamba ubwo se mumaze imyaka ingahe mumashyamba ya Congo? Biterwa nicyo ukora mwishyamba, ko inda yabatanze imbere mwirirwa murasa abaturage na Congo mubaka utwabo.
    @ Fidelite we turamuzi numuyobozi winjiji Peter ikimwishe nukurundamo ubwoko mubutegetsi bwe aho kurundamo ibyiyumviro

  • @liLi,umusilikale w’umu generali,hahahahah,hihihiiiii,uri ikirofa ndagutwenze.

    @Nzabandora,la fermes ivyo udedemba vyo ni ibiki,nta sens bifise.

    @kaka mbe ko uri inyenzi ubutegetsi bwacu ubushakako iki,genda utegeke mu rwanda,aho rero uraja ngaho ukararika urutwe uvuza amampobogo,ngo mu burundi bazoguha ubutegetsi?Ubanze urabe ivyo wandika urabonako uri ikijuju cane.Ivyo vyiyumviro ushaka kutuzanira bijane i rwanda kigugu.

  • LiLi REKA NKUBWIRE FIDELITE NUMU GENERALI WIBURUNDI HANO MU RWANDA NTAKAZI YAHABONA NTANUBWO YAKORA NAKIZAMU IWACU MURUGO . NIKIGORYI KIRAHO. KIRAGASWERA NYINA

  • Benemigabumwe?
    Nkabo bagira ama commentaire yo kuvangura abahutu abatutsi! Mbe ntimurushe?! Umurundi nk umunyagihugu afise ibibazo 2
    1gutung umuryango wiwe ico ashirakumeza,2 securite ,namwe ngo mandant mbe Nkurunziza nuwomuha nizindi mandant 10, yagejeje iki kubarundi afise plan yihe yo gutezimbere Umurundi?! Bon arazi gukina foot! Birateye isoni. Kugira abayobozi ata plan yo kubaka bafise ,atarinda yabo gusa

  • Umuyobozi abereyeho kunywanisha abanyagihugu bose .Birababaje kubona abitwa abayobozi aribo baja kugasongero baryanisha abarundi .Nobahanura kubanza kwiga Diplomatie bamunzwe n umugera wamacakubiri . Ni gute igihugu cotera imbere hamwe n abayobozi nk abo. Haguruka nyabuna dusengere u Burundi. naho ubundi nimureke gusaza imigeri mwitiranya ibibazo mufise nurwanda.

  • Ereka kubandanya mukora Imana mujisho,mwaka ubuma abo mutabuhaye ,Imana iri hafi guhora abana bayo

  • Ndumva Barikubareka Kukise Ababo Tutabirukanye.

  • Ndumva Barikubareka Ahhhhh!!! Kukise Ababo Tutabirukanye

  • Barakabona babirukanye natwebwe Hari haga.

  • ndondera.babawanje.,arivugizo.,jeshini,yitwafraswa,kagoma

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.