IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Kirundo : Abakenyezi b’imboneza basaba gukingirwa ntibicwe

Kirundo : Abakenyezi b’imboneza basaba gukingirwa ntibicwe

samedi 9 Ruhuhuma 2013

Imboneza zo mu ntara ya Kirundo zimenyesha ko umutekano wabo utifashe neza kuko hari bamwe mu bagabo babatera ubwoba, 6 muribo ngo baramaze kugabishwa, nk’uko amakuru atangwa n’umumenyeshamakuru wa RPA muri iyo ntara abivuga.

Abo bakenyezi bavuga ko bamwe muri bo mamaze guhabwa gasopo ko basahobora kugirigwa nabi, akaba arico gituma basaba ababijejwe bose gukingira umutekano wabo.

Baranasaba kandi abakenyezi batowe muri iyo ntara ko bofata ico kibazo mu minwe ndetse amategeko agenga ingo n’imiryango agakurikizwa.

Hamwe rero ata cokorwa ,ngo ivyo bishobora gutera ukwihora horana mu miryango ivyo navyo bigashobora gutosekaza umutekano, ngo kuko mu mwaka w’2012 hishwe imboneza 11 mu ntara ya Kirundo.


Marie Claire Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.