IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Muyinga : Abantu batandatu bitavye Imana kubera kubura impwemu

Muyinga : Abantu batandatu bitavye Imana kubera kubura impwemu

mercredi 6 Ruhuhuma 2013

Hari munsi y’umusozi wa kamaramagambo muri iyo komine ya Butihinda intara ya muyinga aho abantu bariko bimba inzahabu niho batandatu muribo babura impwemu bagaca bitaba Imana 15 nabo bakaba bajanywe mu bitaro vy’i Muyinga kuvurirwayo

Umuyobozi mukuru w’ubutare n’agataka asaba abategetsi b’iyo ntara guhagarika vyihuta ivyo bikorwa vyo gucukura ubutare aho hantu hameze nabi.


Sylvere Bavumiragiye

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.