IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > SOCIC : "Isekeza ryo kurwanya ibinyoma n’ibihuha ryatanguye"

SOCIC : "Isekeza ryo kurwanya ibinyoma n’ibihuha ryatanguye"

lundi 29 Nyakanga 2014

Urunani SOCIC ruhurikiyemwo amwe mu mashirahamwe adaharanira ivyicaro vya poritike rwemeza ko inama nshingamateka y’ibihugu vya buraya yahenzwe n’abo urwo runani rwagiriza ko ari abanyabinyoma n’ibihuha.

Mu nama yahuje abashingamateka bo mu bihugu vya Buraya i Strasburg, basavye Reta y’Uburundi ko yokwubahiriza agateka ka zina muntu. Abo bashingamateka barerekanye ibisata vy’ubuzima bw’igihugu bibangamiwe, harimwo n’umwidegemvyo muvya poritike utubahirizwa. Mu runani SOCIC (Societé Civile Citoyenne) ruhurikiyemwo amwe mu mashirahamwe adaharanira ivyicaro vya poritike, bamenyesha ko abo bashingamateka b’ibihugu vya buraya bahenzwe n’akarwi k’abakwiragiza ibinyoma n’ibihuha. N’aho batadoma urutoke kuri abo boba barabeshe abo bashingamateka, mu runani SOCIC bavuga ko abo bashingamateka bumvirije uruhande rumwe. Petero Karaveri Kazihise, umukuru w’urwo runani amenyesha ko abakora ivyegeranyo ku Burundi bakumira, kuko bumviriza abarundi bamwe bamwe bamwe babahenda mu kubabwira ko biriko biracika.

JPEG - 32 ko
Petero Karaveri Kazihise, umukuru w’urunani SOCIC

Petero Karaveri Kazihise, umukuru w’urunani SOCIC (Societé Civile Citoyenne), amenyesha ko amashirahamwe ari mu runani arongoye yimemeje gutanguza isekeza ryo kurwanya ibinyoma n’ibihuha. Kazihise Petero Karaveri ntatanga umuco ku bikorwa bagiye gutanguza muri iryo sekeza bita iryo "Kurwanya ikinyoma n’ibihuha"


Egide Nduwimana

Messages

  • Uyo akorana na peter mukwiza abantu, uburundi bukeneye president atagira amoko chanke ashahure igihungu

  • Ko mutanguye guta umitwe hakiri kare!Birashabiraza!Mbega ivyo mwita ibinyoma n’ibihuha mwodusigurira ivyo ar’ivyo?Mbe mwibazako ivyo mukora mubikorera murufuri canke aho abantu babona!?Iyo muba abandi mwokwicishije bugufi kuko imbere hanyu siheza mugihe mworamuka mutisubiyeko!Be mureka kuza muranguha.

  • urabanza uhanure abo bagutumye basigaye baremantaniriza abantu bigwariye mumutwe (abasazi) nayo ivyo uvuga nivyawe sha tekereza.

  • Komera SOCIC,urwo nurugamba rukomeye rwaba badutaguriye kubutegetsi kuva kera,ariko sinziko bizoshoboka kuko bo babifisemwo ubuhamwa bwo kuvuga ibinyoma,ariko ntaco nurwu muheto twararutsinze nuru tuzorutsinda.

  • URW UMUHET RWATSINZE NDE KO MUSIGAYE MUBESHA IL FAUT VIVRE VOTRE HISTOIRE COMME DIT SALKOZY L EX PRESIDENT FRANCAIS MES FRERES

  • URW UMUHET RWATSINZE NDE KO MUSIGAYE MUBESHA IL FAUT VIVRE VOTRE HISTOIRE COMME DIT SALKOZY L EX PRESIDENT FRANCAIS MES FRERES

  • Iyi nzara iza gusiga amazi ajererenga!mwumvise Obama yavuzeko azokwongera amahera amashirahamwe adaharanira inyungu za politike muca mwibaza azosanzaza mu yatazwi ivyo akora nka Nzobonariba!Ahibambewe!

  • uyo mudogiteri akoresha uruti rwumugongo kurusha uko akoresha umutwe mwumva umumariye iki

  • VURA ABANTU WA MUGABO WE IBINDI UBIREKE KUKO MWEBWE NA PISC NTA MAHERA MUZOTURONKANA KUKO PRESIDA YOBAHA KUO NIWE MUKORERA ..MBE MUBESHA A NDE GA NTUZE WE!!!!NTA SONI NO MU BUGANGA HARI AMAHERA ,,

  • VURA ABANTU WA MUGABO WE IBINDI UBIREKE KUKO MWEBWE NA PISC NTA MAHERA MUZOTURONKANA KUKO PRESIDA YOBAHA KUO NIWE MUKORERA ..MBE MUBESHA A NDE GA NTUZE WE!!!!NTA SONI NO MU BUGANGA HARI AMAHERA ,,

  • uyumugabo atwara socic:aribaza kwari kwisi nkabandi arashira isonipe none ariyumvira ko hari MANA mwijuru ibona ivyoyavuze burya umuntu avuzae ko abantubafpa binshwe namba aribinyoma n avuge aya maraso azamubeko hama
    arzi democrasi icarico ukuri kurababaza kuwokugana intahe ikagora kumuryango ntakibabaje nkokuvuga ngokugwanya ibinyoma umushirangaji wubutunzi ngontamahera ya tax 200$ batanga yikori imbere yinama nshinga ma
    teka abasirikarenibikoresho yvagisirikare ngo nivyobatiye bi teye
    ubwoba enda dukunde igihugu cacu kibe inkora mutima kuritwese bene wacu. mumusabe azansubize anyereke ukuri nkumenye yoba akoze cane.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.