IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Tutsushi Terada yiyemeza kuzama aserukira Uburundi aho azoba ari (...)

Tutsushi Terada yiyemeza kuzama aserukira Uburundi aho azoba ari hose

lundi 3 Munyonyo 2014

Reta y’Uburundi n’igihugu c’Ubuyapani imigenderanire yifashe neza nk’uko bivugwa na Tutsushi Terada, yahora aserukira Ubuyapani mu Burundi.

Igihe Tutsushi Terada yariko arasezera umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza, icegera c’umuvugizi w’umukuru w’igihugu Gervais Abayeho akaba yabariye abamenyeshamakuru ko ikiringo co guserukira Ubuyapani mu BurundiTutsushi Terada carangiye. Abayeho akaba amenyesha ko imigenderanire y’Uburundi n’Ubuyapani yifashe aho ivyo bihugu bifashanya mu bisata bitandukanye nko mu bisata vy’indero, mu gutwara abantu n’ibintu, n’ibindi.

Tutsushi Terada akaba yemeza ko agiye kuzobandanya aserukira Uburundi aho azoba ari, ndetse akabandanya amenyesha ko uwuzomusubirira azobandaniriza aho yari agejeje.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.