IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ararahira imbere y’inama nshingamateka na (...)

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ararahira imbere y’inama nshingamateka na nkenguzamateka

jeudi 20 Myandagaro 2015

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza vyitezwe ko arahira kuri uyu wa kane igenekerezo rya 20 Myandagaro 2015.

Nkuko vyashikirijwe n’umuhanuzi mukuru mu biro vy’umukuru w’igihugu ajejwe kumenyesha amakuru Willy Nyamitwe abicishije ku rubuga rwiwe rwa Tweeter,ibirori vyo kurahira kw’umukuru w’igihugu bibera mu ngoro y’inama nshingamateka mu Kigobe.

Nkuko biri mu butumwa bwa Willy Nyamitwe,umuhanuzi mukuru ajejwe kume nyesha amakuru,ibirori vyatanguye igihe c’isaha zitatu zuzuye neza,

Abashingamateka,abakenguzamateka,abaserukira ibihugu vyabo mu Burundi,na bamwe mu bagize imirwi y’igihugu ijejwe ibikorwa bitandukanye bitavye ivyo birori.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.