IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’ igihugu Petero Nkurunziza arasaba ashimitse ko ibikorwa rusangi (...)

Umukuru w’ igihugu Petero Nkurunziza arasaba ashimitse ko ibikorwa rusangi vyokomezwa

lundi 14 Nzero 2013

Kuva mwaka wa 2006, Umukuru w’ igihugu Petero Nkurunziza niho yatanguje ibikorwa rusangi bikorwa misi yose kuwa gatandatu, i Bujumbura no hagati mu gihugu. Mugihe ari mukaruhuko i Ngozi, umukuru w’igihugu yarafahije mubikorwa vyo kubaka amashuri n’ibindi.

Yamyeshejeko ko ishaka ryo kuja mu bikorwa rusangi ryagabanutse cane, yaciye aronkeraho nakaryo ko guhimiriza abarundi bose kugira bongereze inguvu mu bikorwa rusangi.

Ngo kuva ubu, kw’igenekerezo rya 1 mukakaro abakuru b’imitumba ndetse nabantu ubwabo ngo bazoza barashikiriza ivyo bakoze mu ntara zose. Ni intererano kugira bakomeze ukwikukira kw’igihugu biciye mubikorwa.


Grace Irimbere

Messages

  • Congratulations Mr President...ibikorwa rusangi bigirira igihugu akamaro kanini cyane cyane mw’iterambere ryihuse...twe nk’Abanyarwanda tuzi aho bitugejeje(Umuganda) byaduhesheje agaciro kandi n’ingabo zacu ziri muri Sudani y’amajyepfo zimaze kugezayo Umuganda...COURAGE.

  • ni vyiza ko abakuru b’imitumba n’abantu basanzwe berekana ivyo bakoze ariko none? mbega twogarukira kurabo gusa? ntabandi bakwiye kwerekana ivyo bakoze? Ni vyo iyo yoba intango kubera n’ubundi iterambere ritangurira ku nzego zegereye abenegihugu, kandi nta terambere ry’igihugu ata terambere ry’umutumba canke rya komine.Duhe inguvu inzego zegereye abenegihugu.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.