IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > G-Marl Jamal > Umuririmvyi G-Marl ati :"Hard Life" : Ubuzima bugoye

Umuririmvyi G-Marl ati :"Hard Life" : Ubuzima bugoye

jeudi 17 Ndamukiza 2014

«Umuririmvyi» G-Marl Jamal yasohoye ururirimbo ruvuga uko ubuzima bumeze, arwita "Hard Life". Mwibuke ko uwo muririmvyi ari umurundi abica bigacika mu muziki iyo ari muri Australiya.

Umviriza ururirimbo"Hard Life".


Chérif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.