Home > Amakuru > Amashuri > Abanyeshure 25000 nibo bakoze ikibazo co kuja mu mashure y’akarorero
Abanyeshure 25000 nibo bakoze ikibazo co kuja mu mashure y’akarorero
Thursday 23 August 2018, by
Abanyeshure barekuriwe gukora ico kibazo n’abanyeshure ba 5 ba mbere baba bafise amanota meza gusumba abandi mu mwaka wa 6.
Mu gihe bamwe mu bavyeyi bavuga ko abatorwa kuja murayo mashure inyuma y’ikibazo kiba cakozwe bidafise umuco,abo mu murwi ujejwe gukwirikirana ivy’ico gikorwa bavuga ko vyose biba mu muco kandi n’inkaratasi abanyeshure baba bakoreyeko zitangwa.
IGIHE
Forum posts
27 August 2018, 08:54, by SINDAYIGAYA
NIVYIZAKABISA GUKORA IKIZO CARETA TURABISHIMA?
27 August 2018, 08:59, by SINDAYIGAYA
NKARYE NDASABIRA ABOBANYUSHURE IMANA IZOBAHE IKIBAZO CARETA BABE BARAGIKOZENEZA ?
27 August 2018, 09:24, by SINDAYIGAYA
IMANA IZOBIDUFASHEMWO MUGUTORA IKIBAZOCARETA?
31 August 2018, 05:09, by Marc
Bagerageze babikore nka kurya kwa concours national,babanze barungike inkaratasi,barabe ko ataho bihenze munyuma batangaze ayo bafatiyeko gutyo niho atamahinyu azobamwo. Ataruko uwo mugwi umenye ko tuwidogera cane gose. Muri DCE yacu ntanumwe araboneka. None twovuga ko abana bacu ari ibijuju? Nibikubite agashi kweli. Ibi nivyo vyakorwa kera kand nivyo vyazanye amacakubiri muri bene burundi.
4 September 2018, 20:25, by Manirakiza Egide
Tmwakaka Wa 2018-2019 Uzotangura Ryari?
4 September 2018, 20:25, by Manirakiza Egide
Umwakaka Wa 2018-2019 Uzotangura Ryari?
6 September 2018, 08:39, by Chabani-Amuza
Ego Cane Turashimy Ingingo Mwafash Ku Banyeshur No Kubigish. Arik Rer Mwarimukwiy Kubitegur Neza Abana Bakoze Ikibaz Bakosoy Hakabanza Kuz Inkaratasi Bakarab Ko Batabakosoy Nabi Ndets Bakanarekarama. Hama Turashimy Kuk Turumva Ibind Vyos Murik Murabitegura Neza. Murakoze.