IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Amashuri > Amanota y’abakoze ikibazo co kuja mu mashure y’akarorero yashizwe (...)

Amanota y’abakoze ikibazo co kuja mu mashure y’akarorero yashizwe ahabona

Monday 3 September 2018, by vianney

Mw’itangazo ryasohowe n’umushikiranganji w’indero,inyigisho z’ubuhinga n’imyuga,Janviere NDIRAHISHA amenyeshako abayobozi b’indero ku rwego rw’amakomine hamwe n’abayobozi b’amashure nshingiro bafadikanije n’abigisha mu mwaka wa 6 gutegura ikosorwa ry’ico kibazo cakozwe kuva kuruyu wa mbere.

Janviere NDIRAHISAHA avuga ko mu gihe habonetse aberekanye ko bihenze mu kubakosora bitegerezwa gushikira umurwi ubijejwe bitarenze igenekerezo rya 4 Nyakanga 2018.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.