IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > UB:Abanyeshure bafise amakenga ko bashobora kudasubira gufungurirwa

UB:Abanyeshure bafise amakenga ko bashobora kudasubira gufungurirwa

vendredi 17 Ruhuhuma 2017

Ubuyobozi bujejwe uburaro mu kaminuza y’Uburundi bwarafashe ingingo yo kurihisha abanyeshure bashaka icumba amafaranga 5000, abanyeshure basanzwe baba mu ndaro bakamenyesha ko bafise amakenga ko hoba hari umugambi wo guhagarika kubafungurira.

Abaserukira abanyeshure muri kaminuza y’Uburundi bamenyesha ko bafise amakenga ko inyuma y ‘itangazo ry’ubuyobozi bw’indaro,nibijanye no guhabwa ibifungurwa bishobora guhagarara.

Abo banyeshuri bakibaza ingene bobandanya kubaho mu gisagara, mu gihe agafashanyo baronka ari gato, kandi n’ibintu bikaba bitera bizimba ku masoko.

Umuyobozi bw’uburaro muri kaminuza y’Uburundi bumenyesha ko bushobora kwakira no gufungurira abanyeshure 3000 , ko rero amafaranga 5000 basavye abagomba ivyumba ari ayazofasha gukoresha ivyononekaye no kuriha amazi n’amatara.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.