IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Adjobalove yasohoye ku munsi w’amavuka yiwe isanamu y’ururirimbo (...)

Adjobalove yasohoye ku munsi w’amavuka yiwe isanamu y’ururirimbo rushasha

mercredi 11 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Muri urwo ruririmbo, Adjobalove NDUWIMANA yumvikana avuga ati : "Impunzi zibayeho mu buzima bubi mu makambi y’impunzi."

Abandanya agira ati : "Ntufate nabi impunzi, kuko uwu munsi ndi impunzi, nawe ejo ushobora kuba impunzi."

Yongera ati : "Sinarinzi ko nobaye impunzi."

Umviriza aha munsi ururirimbo rwa Adjobalove NDUWIMANA


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.