IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Elly’s Boy > Inkuru > Elly’s yavuye mu gacerere yari amazemwo ikiringo kinini

Elly’s yavuye mu gacerere yari amazemwo ikiringo kinini

samedi 4 novembre 2017

"Nikubembeleze" ni ururirimbo rushasha rwa Leonard yaramaze igihe kitari gito ariko arategura. Urwo ruririmbo rusohotse inyuma yaho abatari bake batanguriye kwibaza ibibazo kur’uwo muririmvyi.

Ivyo bitumwa n’uko mu kwezi kwa Ntwarante umwaka w’i 2017 yari yamenyesheje ko ariko yitegurira gusohora ururirimbo rumeze neza hamwe no gukora amwe mu masanamu y’indirimbo ziwe hamwe n’izo abakoranye n’abandi baririmvyi.

Turiko turondera uwo muririmvyi yamenyekanye cane mu ndirimbo nka "Siwezi" na "Me love U", ngo atange umuco ku coba catumumye amara hafi ikiringo c’umwaka ata ndirimbo canke ibiteramo abonekamwo.


Cherif NKESHIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.